INGO Trend

INGO Trend

Share

GAME ON 🎯

08/03/2026

🚨 BIMAZE KWEMEZWA: Abakinnyi ba Real Madrid bashobora GUHERA ku mukino wo gusubiriza (2nd leg) uzobera i Etihad nimba baronse ikarata y’umuhondo ku wa gatatu:

⚠️ Vinícius Jr ⚪
⚠️ Tchouaméni ⚪
⚠️ Huijsen ⚪
⚠️ Carreras ⚪
⚠️ Bellingham ⚪

👀 Ivyo bisigura ko aba bakinnyi bategerezwa kwirinda cane amakarata y’umuhondo mu mukino uza.

Trend

08/03/2026

Aurélien Tchouaméni amaze guhabwa Man of the Match (MOTM) mu ntsinzi 3 ziheruka za Real Madrid.

Ubu ni uwa 3 mu bakinnyi ba Real Madrid bafise MOTM nyinshi muri uyu mwaka, inyuma ya Vinícius Júnior na Mbappé.

🎖️ MOTM vs Benfica
🎖️ MOTM vs Benfica
🎖️ MOTM vs Celta Vigo

🔥 Tchouaméni ariko arategeka hagati mu kibuga muri Real Madrid! 🤍✊🏿

💬 Wibaza ko ari umwe mu bakinnyi bakomeye hagati mu kibuga kw’isi ubu? 👀👇

Trend

08/03/2026

🚨💣 Gareth Bale abajijwe ku mwaka yatsinzemo ibitsindo vyinshi muri Real Madrid yavuze ati:

“Sinzi neza. Bishobora kuba nka 25 canke hafi aho. Ariko narahaye imipira myinshi Cristiano (Ronaldo) ngo atsinde. Iyo bitaba uko, wari kwongerako n’ibindi nk’10!” 😂⚽️

🐐 Ibi vyerekana ukuntu Bale yakoranira neza na Cristiano Ronaldo muri Real Madrid

Trend

08/03/2026

😲 Ibice 50% vy’ibitsindo vya Omar Marmoush muri Manchester City yabitsinze kuri Newcastle! 🔥💙

• Premier League: ⚽⚽⚽
• EFL Cup: ⚽⚽
• FA Cup: ⚽⚽

👀 Biragaragara ko Newcastle (Magpies) ari bo Marmoush akunda gutsindira cane!

💬 Mbega Newcastle izoshobora kumubuza gutsinda mu nkino zikurikira?

Trend

08/03/2026

🚨 Vinícius Jr yavuze ati:

“Ngaha muri Real Madrid, ntitwigera dutanga icizere gushika ku munota wa nyuma. Turama **twiteguriye ibishobora kuba vyose.” 💣⚪

🔥 Umwuka w’intambara muri Real Madrid urabandanya!

💬 Wibaza ko Real Madrid ishobora gutsinda uwo bahanganye? 👀👇

Trend

08/03/2026

🚨 AMAKURU MASHASHA KURI LIONEL MESSI 🐐

Nyene umugwi wa Inter Miami, Jorge Mas, yatangaje ko Lionel Messi aronka amafaranga ari hagati ya $70M na $80M ku mwaka 💰, harimwo n’inyungu afise kubera ko afise igice c’umugwi wa Inter Miami.

Ariko nk’uko bivugwa na MLS Players’ Association,
🔹 Umushahara shingiro wa Messi ni $12M ku mwaka
🔹 Amafaranga yose yizewe aronka agashika kuri $20.45M 👀

Messi abandanya kwerekana ko ari umwe mu bakinnyi bafise agaciro kanini cane mu mupira w’amaguru kw’isi 🌍⚽

Wowe ubona gute? Mbega Messi akwiye aya mafaranga? 🤔👇

Trend

07/03/2026

Erling Haaland ntari no ku ntebe y’abasubira mu kibuga mu rukino rwa Newcastle vs Manchester City! 🙅‍♂️⛔

Uyu ni umwanzuro wafashwe na Pep Guardiola kugira Haaland aruhuke mbere y’urukino rukomeye rwa Real Madrid vs Manchester City ruzoba ku wa gatatu 🔋⚽

Bitegekanijwe ko Haaland azotangura urukino kuri Santiago Bernabéu mu ndwi iza 🇳🇴

Trend

07/03/2026

Vya bintu vyakomeye umukuru w'igihugu ca reta yunze ubumwe bwa Amerika avuze kubibazo biri indani mugihugu iyumvire nawe

Trend

07/03/2026

👀 Joan Laporta:

“Real Madrid yatsinze kubera ikosa ry’umusifuzi ryabaye mw’ijoro riheze. Iyo aba ari twebwe, VAR yari guhagarika ico gitego ikavuga ko kitari co.” 💣‼️

Trend

07/03/2026

AMAKURU MASHASHA: Antoine Griezmann ntazoja muri Orlando City, ahubwo azoguma mu mugwi wa Atlético Madrid. 🔥

Umuyobozi Mateu Alemany yavyemeje ati:
“Afise amasezerano kandi azo guma ari kumwe natwe. Nta gishasha kirimwo.” 🔴⚪️

Trend

07/03/2026

Kuri uno musi mu mwaka wa 2012:
Lionel Messi yabaye umukinnyi wa mbere ashoboye gutsinda ibitego bitanu (5) mu rukino rumwe rwa UEFA Champions League, igihe Barcelona yatsinda Bayer Leverkusen ibitego 7 kuri 1. 🤯

Muri uwo mwaka w’inkino, Messi yaciye atsinda ibitego 73 mu mikino 60 yakinnye mu marushanwa yose. 🌟

Trend

07/03/2026

👇

🚨 Víctor Font yavuze ati:
“Ukuri ni uko mu myaka 5 iheze, FC Barcelona yakoresheje amahera arenga €1B kurusha ayo yinjije, hanyuma turabishumbusha mu kugurisha bimwe mu vy’umugwi (assets za club).” 💰

“Intumbero ni uko twinjiza €1.65B mu mafaranga yinjira, kandi tukaronka inyungu ya €300M mu mwaka wa nyuma tuzoba tukiri mu buyobozi.” 🔵🔴

Trend

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Dubaï
Bujumbura