Agahimbo
la connaissance
06/08/2026
*1. Ingaruka z'amategeko*
Kwoherereza video yanyu mwombi uri kwisambanya, niyo woba wumva ari "uwo mukundana", birafata nk'*ibikoresho vy'igitsina/pornographie*.
- Nimba uwo muntu ayihejeje ayishira kuri WhatsApp, TikTok, Facebook... uba ugize *icyaha co gukwiza ibisusuruka*.
- Nimba umwe adashimye, ishobora kuba *gukoresha umuntu ku nguvu* canke *kwiba ubuzima bw'umuntu*.
- Mu Burundi no mu bindi bihugu, abakora batyo barafatwa, bakaburana.
*2. Ingaruka ku buzima bwanyu*
- *Ubuzima bw'umutima* : Umwe muri mwe ashobora kubabara, kwiyanga, canke guhangayika iyo iyo video yamenyekanye
- *Ico abantu bavuga* : Iyo imaze gusohoka ntisubira kuyivana. Inshuti, umuryango, akazi ka kazoza... vyose birahungabana
- *Kwizerana* : Urukundo rwubatswe ku bwizigirane. Iyo umuntu atinye ko video ishobora gusohoka, ntaba yizeye
*3. Ingaruka ku ruhande rwa tekinike*
Iyo umaze kuyoherereza, ntuyigenga ukundi. Ashobora kuyikora copy, kuyiha abandi, cyangwa kuyishira kuri internet. Ntiwavana ifoto/ video kuri in
♻️ *La plus grande colonisation n’est pas celle des terres, c’est celle des esprits, le jour où tu commences à croire que ta culture est en re**rd et que celle des autres est supérieure, ce jour-là tu t’es colonisé toi-même...*
♻️ *Aujourd’hui tu souffres en silence, on se moque de toi, on te minimise, on dit "il n’a rien". Demain quand Dieu va t’élever, les mêmes bouches vont dire "il a de la chance". Non, ce n’était pas la chance, c’était des nuits que tu n’as pas racontées...*
TURASABWA GUKUNDA ABANSI BACU ARIKO IVYO KUBIZERA WAPI KWL
natacha hit song . mutumv gt?
*Bavandimwe, nimwumve!*
Ivy' *mubonye bibi birangiye*eee!
Ico gihe c'amarira, c'akaga, c'abantu bagukomerekeje, c'induru z'abansi... *Uhoraho aravuze ati birarangiye!*
Mose yabwiye Abisirayeli ati:
> *"Nta co mutinya: mwihagararire gusa, murabe agakiza Uhoraho agira ngw abazanire uyu musi: kukw Abanyegiputa mubonye uyu musi mutazokwongera kubabona ukundi."*
Urabona?
Abagushije inyuma, abakuvugishije nabi, iyo ngorane yakurambirije... *ntuzokwongera kubabona ukundi!*
None uyu musi *tegereza impinduka mu buzima bwawe.*
Aho habaye igitugu, Imana izana umudendezo.
Aho habaye ukubura, Imana izana umugisha.
Aho habaye amarira, Imana izana umunezero.
*Mwihagararire gusa.* Ntugasubire inyuma. Ntutinye.
Imana iri kugukorera agakiza uyu musi we humura ntutinye niwihagararire gusa.
dans ce weekend je veux vous partagez beaucoup des choses de nouvelles.
suivez moi pour sembler heureux en fin de cette semaine.
mwese mbipfurije weekend nziza muze mubone ikiganza c'imana muvyo murimwo.
20/07/2026
*♻️ La plupart des blessures les plus profondes viennent souvent des personnes à qui nous avons donné notre confiance, notre soutien et notre amour. Le mal arrive rarement de l’inconnu, car ceux qui nous connaissent savent exactement où toucher pour nous faire mal. Malgré cela, ne cesse jamais d’être une bonne personne, car la valeur de ton cœur ne doit pas changer à cause des mauvaises actions des autres…*
18/07/2026
🔴Impamvu 8 umugore arira ariko akora imibonano mpuzabitsina
Ushobora kwibaza impamvu abagore barira canke bakoma induru mu gihe co gukora imibonano mpuzabitsina kikakuyobera. Hari abumva ko vyase bikunze umugore agomba kurira nk’uburyo bugaragaza ko yishimye atabikora bakiyumvira ko afise ikibazo😅
Twifashishije imbuga za internet zitandukanye zandika inkuru zijanye n’urukundo n’imibanire, ngo gukoma induru canke kurira kw’umugore mu gihe ari gukora imibonano mpuzabitsina gusobanura vyinshi.
1.Ikimenyetso cuko yishimye
Impamvu ya mbere ituma umugore arira canke akoma akaruru mu gihe cimibonano mpuzabitsina , ngo ni ivyishimo birenze aba yagize. Ivyishimo umugore agira iyo aryohewe n’imibonano mpuzabitsina ngo biba bimeze nk’iyo umuntu akoze mu mazi y’akazuyazi. Icyo gihe rero ngo ivyishimo umugore agira mu gikorwa cy’imibonano mpuzabitsina bishobora kumutera amarangamutima atateguye.
2. Ikimenyetso c’ububabare
Ngo hari ubwo umugore arira bitewe n’uburibwe ariko arhura nabwo muri ico gikorwa kumbure bitewe n’inguvu zakoreshejwe bigatuma atamererwa neza, ico gihe umugore ataka kimwe n’uba wishimiye ico gikorwa, nyamara atari ko bimeze.
3. Ni uburyo bwo kugabanya uburuhe bwa cane
IBINDI TUZABINABWIRA UBUTAHA
Click here to claim your Sponsored Listing.