Vianney acrobatique
๐ง๐ฎVianney Gravity | Acrobat & Gymnast*
Defying limits through motion and passion. From Burundi, rising to inspire the world.
Discipline โข Dedication โข Creativity
#GravityKingBurundi ๐๐ฅ
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ Vianney acrobatique
Geys murabona ubuhinga budasanzwe uyu musore vrement arashoboye afise impano idasanzwe mumushigikure nukuri hama ukuntu mumushigikira nuku nimwinjire kuri profire ya page murabona ahantu handitse nagasaraba hamwe canke kwiyo video nyene murabona ahanditse muce muhakorako aho muzoba musapotinze myarakoze kandi nimwabikora navideo yanje muzohora mucikwa ๐ง๐ฎ๐ช๐ชuburundi turashoboye
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
๐ฅ Ntibitangaza, si maji! Ni impano, ukwitanga no kwitoza buri munsi. ๐ช๐คธโโ๏ธ
Beshi bibaza bati: "Ese ni maji?" Oya! Ibi mubona ni impano yanje, ariko kandi bisaba imyitozo myinshi, ukwihangana no kutadohoka. Buri gihe ndakomeza kwitoza no kwivumbura kugira ndushirizeho gukora ibintu bidasanzwe. โจ
Niba nawe wipfuza kumenya vyinshi canke ushaka kumbariza ibijanye n'ivyo nkora, unyandikire kuri WhatsApp: ๐ฑ +257 66 03 74 94
๐ Murakoze cane ku rukundo n'ubushigikizi munyereka. Mukomeze kunkurikira (Follow) kugira ntimucikwe n'ibindi bitangaje biri imbere! ๐ฅโค๏ธ
Vianney acrobatique
Nihe??? Gayi mumbwire muro
Abana barankunda cane bamboniye nibashaka kumvimpande๐คฃ๐คฃ
Vianney acrobatique vs umuserukizi wagasape niwe turlkumwe mukugaragaza impano dufise hama murabona abanu ko bari batabiriye ivyobirori bararyohewe cane gose
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ Vianney acrobatique
Wamusore wanyu ngiye video ariko atwara ikinga ryipine rimwe arikorerako ibidasanzwe rero ndashaka kubasanzwe bakunda ubikogwa vyanje bakaba batarakora kuro bagende babikore kugira nibacikwe nizindi video zigiye kuza ziryoshe kurutaha hama murakoze kubamaze gukora kuri hama akajambo kamwe mumbwiye muri comanter
09/06/2026
No girl should face barriers to education.
At Spring Communities, we believe in communities where women and girls have the same access to opportunities as men and boys.
Education is a fundamental right, and equality in education creates stronger families, communities, and futures for everyone.
Join us in supporting girls in Burundi. Share this message and help champion every girlโs right to learn, grow, and thrive in Burundi.
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ฅ Nguyu , umusore afise impano idasanzwe cane! Ariko arabereka ibidasanzwe mu bikorwa vyiwe vya acrobatique bitangaza benshi. ๐คธโโ๏ธโจ
Benshi baribaza bati: "Mbega ni iyihe miti akoresha?" Ariko inyishu ni imwe gusa: imyimenyerezo ikomeye, ukwiyemeza n'impano y'umwihariko! ๐ช๐ฅ
Nimba ushima ibi bikorwa bidasanzwe, ntukibagire gukanda Follow, Like na Share kugira ushigikire Vianney Acrobatique kandi ntuzosubire gusiba n'imwe muri video ziwe nshasha! ๐โค๏ธ
Vianney acrobatique
๐๐Wamusore wanyu nguyo
Mumuji wa aguma yirira vib
Umu petit vrement arashoboye cane kandi tumwifpurize gushika kure kuko afise impano idasanzwe cane ๐๐
Vianney acrobatique
Ndazi ko iyimisi ndiko ndayiha umunezera kubikogwa vyanje vyaburigihe mwiyimisi ndiko nkorera iwacu muntara mvukamwo nziza ๐๐ช๐ช๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Bujumbura
0000