esb creator
I have a kind heart and enjoy sharing knowledge and joy. I appreciate the beauty of life
Jamais
Les générations motomoto😂😂😂
11/04/2026
🇧🇮 Abaporisi bagirizwa kwiba imiriyoni 15 FBu bafashwe i .🙈
Herekanywe umugwi w’abaporisi bagirizwa kwiba imiriyoni 15.000.000 Fbu bivye umuntu mu gisagara ca Bujumbura bakoresheje kumuhenda ko aronderwa n’urwego rw’igendereza. Niko kumusaba ayo mafranga kugira ngo bamureke bimworohere guhunga. Kuri uyu wa 08 Ndamukiza 2026, Petero Nkurikiye avugira ubushikiranganji bujejwe umutekano yaboneyeho guhoza umuryango wabuze umuntu anyonga ipikipiki yishwe n’umuporisi i mu ntara ya Gitega.
Esb creator ✍️
01/04/2026
Nababakozi ba Brarudi barakwiye kwisubirako nukuri😒😒😒 wombwira gute bafata Fanta ya Citron bakayishira mukidaje ca Coca nukuri😒😒
25/03/2026
Impanuro kuba jeunes ah muri hose mwikebuke
Favorite team ✅
H Madrid
╱◥██████◣
│∩│🇧🇮▤│▤▤│
Niwaba wiyemera ko Fone yawe ari original Copiya bino ubitwereke muri commentaries.Abuduhinda Oye 🤣
Click here to claim your Sponsored Listing.