Gospels Magazine
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Gospels Magazine, Mairie , Ntahangwa, Bujumbura.
@agence média Gospels
" Allez faites de toutes les nations des disciples les baptisant au nom du Père du Fils et du Saint-Esprit "
📖 Matthieu 28:19
* La lumière du Gospel dans le monde *
@Gospels Magazine
06/09/2026
Umubiri ukeneye ibifungurwa ariko umutima n'ubuzima bwacu bw'ivy'impwemu bikenera Ijambo ry'Imana........
06/09/2026
Ntukagume aho waguye canke aho ibihe bikomeye vyagusize.......
Yesu arashobora kuguhagurutsa akaguha inkomezi zo gutera intambwe nshasha........
Ico ubona nk’ikidashoboka, kuri we kirashoboka.......
05/09/2026
Ndabatumiye vy'umwihariko kuzobana natwe muri bino bihe vyitiriwe "Legacy Night".
Mutumire abandi, turiteze kubona Imana yongera kwatsa umuriro w'ikanguro muri twebwe.
Ni kumusi w'ejo kuri église du Rocher igihe c'isaha14h.
05/09/2026
Today let us choose to remain faithful to God.......
No matter the circumstances may our hearts and our homes belong to Him
05/09/2026
05/09/2026
Today let us choose to remain faithful to God No matter the circumstances may our hearts and our homes belong to Him
Click here to claim your Sponsored Listing.
Address
Bujumbura
6