Ninde Sport Official

Ninde Sport Official

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ninde Sport Official, Health/Beauty, Bujumbura.

07/02/2026

Hari ibintu dukwiye gufata nkankama iyo dushaka gushik kundoto zacu

Harikintu nize canee kijanyeee nokureka kuvugan ugaha umwanya amatwi nayo akumviriza kuko mukwumviriza biragufasha kugira ubwenge iyo aringombwa bugatahura cane ariko kandi ikintu ngomba gushimikirako cane niki biragufasha kumenya abarikuvuga urwego bariko muvyubwenge

Ingorane dufise abantu siyindi :
*twihuta kumva ko dukwiye kwishura kubiriko biravurwa vyose
*kubona ko nkahamwe utogira icuvuze ko bokugaya
*ko utokwemera ko umuntu yumva ibintu uko utavyumva wewe muyandi majambo ugashaka gutahuza umuntu kunguvu

ariko vyukuri aha niho hagaragarira integenke zikiremwa mumuntu kandi ninaho habonekera urwego uriko

ivyiza vyo :
* abantu barakwubaha; babona ko udahuruduka muvyuvuga
*abantu bama biteze icuhava urenzako kuvyavuzwe ariko kubera utaravuga ivyo bakabikwubahira
*umenya igihe nyaco cokugira ico uvuze
ikindi ciza cane co guhora nuko imigambi yawe idakwiye kumenywa nabose kuko sibose bagushakira ivyiza kandi sibose bonezererwa kubona uteye imbere

ikintu dukwiye kwibaza imbere yokugira icuvuze :
*imbere yokwishura ibaze ati ese ningombwa ko ngira icomvuze?
* Ese biri bumare iki ivyongiye kuvuga?
* kuki nkwiye kuvuga?

ivyo bizogufasha nokwisobanukugwa nomumenya igihe nyaco ukwiye kugira icuvuzeee. Umurundi wese ahari amenye ko icubahiro umuntu araciha.

iyi muzahamenyera ibintu vyubwenge bikenewe cane nomurikazoza

Photos from Ninde Sport Official's post 18/07/2023

Iyi yaba bagabo &Pepe igihe cabo bury aba attaquants benshii barahura nikibazo kuko aba bagabo zari ingwanyiii nigake wabacika , amahigwe kuribo yokurangiza urukino atawuriye ikatara(carton) yarinkaho atayooo

Photos from Ninde Sport Official's post 06/07/2023

Mbappe # ubu tuvugana yibereye muri Cameroun aho Se asanzwe avuka

06/07/2023

🔴🔴 # Mason Mount numukinyi wa United Fc #

06/07/2023
06/07/2023

iyi # iriko iravuza ubuhaha aho abakinyi bariko barahinduranya imigwi

Mbega umugwi waw ubona uriko wiyubaka gute??

# Sport Official@ #

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Bujumbura