IPHC Kinama
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from IPHC Kinama, Beauty, cosmetic & personal care, M Forest en face de carama, Bujumbura.
11/04/2024
Mu Burundi honyene niho bataratahura neza akamaro kogukoresha imbuga ariko twagomba tubabwire ko inyuma yimyaka 5 uwutazoba akoresha imbuga muri business ziwe nukuri icogihe azoba arinyuma yamajambere.
Company rero yaje nkinyishu mu vyimbuga mu Burundi ntahandi wobariza ataraho kuko ho wibwe urubuga baragufasha kurugarura,ugize ikibazo cose kumbuga zawe barabigufasha,Kandi barafasha kugukorera securite kumbuga zawe kuburyo atawopfa avogereye urubuga rwawe.
Ikindi bariko barafasha abantu benshi kuduza imbuga zabo nka views, subscribers,watch time monetization,Likes,comments...Kuri YouTube nokuzindimbuga nka Instagram,Tik Tok,Twitter,Sportify.....100k views mumasaha 24h gusa Kandi abarabantu bizewe na Youtube kandi Kurubuga Company baragurisha imbuga zitandukanye nka YouTube
Ikindi barakora ama monetization kumbuga nka YouTube nizindi...
✦Monetization Apply
✦Valide identite Ads
✦Valide Code Pin Ads
✦Valide Compte Bancaire
Izindi service zabo ziryoheye ijisho
1)Turamamaza kumbuga nyinshi
2)Turagurisha imbuga zikurikiranwa
3)Turakora videos/Photos
4)Turigisha icongereza
5)Turigisha Gukora videos/Photos
6)Turafasha gukurikirana imbuga
7)Turakora ama sitweb meza
8)Turigisha ukobaduza imbuga
9)Turigisha gukora siteweb
10)Turamamariza mwibarabara
11)Turakora cover//Disigner/Affiches
12)Evenements En Direct
Whatsapp:+25761777407
Address:Centre ville
Garelie Beriko bureau c 9
[email protected]
07/04/2023
SOMA INO KURU Y'UBUZIMA
🔴Igihe kimwe habaye umwami yari afise imbwa 7 zikaze cane. Ico zamufasha yazikoresha mu guhohotera ndetse zikarya abashikiranganji baba bakoze amakosa mu gihugu. Umusi umwe umushikiranganji umwe yatanze itegeko ritandukanye n'ivy'umwami yatanze .
Ubwo nyene uwo mwami aca atanga itegeko ko uwo mushikiranganji atererwa muri za mbwa zikamurya nk'uko yabigira no ku bandi bashikiranganji baba bakoze amakosa.
Uwo mushikiranganji n'akababaro kenshi abwira uwmami ati 🗣️ " Nagukoreye imyaka 10 none kw'ikosa rimwe gusa nkoze ibi nivyo unkoreye? Ndagusavye basi mpa imisi 10 imbere y'uko unterera muri izo mbwa "
Umwami aravyemera. Muri iyo misi 10 uwo mushikiranganji yaciye agenda asaba uwujejwe kugaburira izo mbwa amubwira ati 🗣️ ndagusavye unyemerere nzohore ngaburira izo mbwa ikiringo c'imisi 10. Uwo ajejewe kuzigaburira agira amakenga menshi kubona umushikiranganji yubashwe mu gihugu ari we aje gusaba ngo azohore agaburira imbwa ariko aramwemerera.
Kuva uwo musi yaciye atangura kugaburira izo mbwa, arazigirira neza, izigirira isuku, arazitaho bikwiye.
Ya misi 10 ntiyatevye guhera, umwami ategeka ko uwo mushikiranganji atererwa muri za mbwa nk'uko igihano c'umwami cari kiri.
Ntivyatevye bamutererayo, amaze gutererwayo, abari aho bose baratangaye kubw'ivyo babonye. Babonye imbwa ziriko ziramukuyakuya zimwimotereza eka nta nimwe yamuriye n'urwara.
Umwami abonye ibibaye yaratangaye arumirwa ntiyatahukirwa igituma izo mbwa zitamuriye kandi abandi zabasamira mu kirere, arabaza ati " Izo mbwa zabaye iki? Ubwo ntimwazihaye uburozi? "
Umushikiranganji yishura umwami ati 🗣️
" Nakoreye izo mbwa imisi 10 gusa ariko ntizibagiye iciza nazikoreye, ariko wewe nagukoreye imyaka 10 ariko wibagiye vyose kubw'ikosa rimwe nakoze.
Umwami aca ategeka ko uwo mushikiranganji arekurwa akidegemvya. 🤔 Ni icirwa gikomeye ku bantu bibagira abantu babakoreye ivyiza kugakosa kamwe bakoze.
Impanuro: ntugafute ubucuti mufitanye n'umuntu kubera ikosa akoze ahubwo urafuta ikosa kubera ubucuti mufitaniye.
Mbega urashimishwa n'utu dukuru ndabaha? Binyereke mukunshigikira mw'ihiganwa rya dream house ndimwo ngaha kuri Facebook biroroshe ushira j'aime kw'ifoto yanje iri mw'ihiganwa kugira uyibone vyoroshe fyonda murizindome hano
👇👇👇👇
https://www.facebook.com/100064110484665/posts/609206504559694/?app=fbl
25/12/2022
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Website
Address
Bujumbura