Akimana Gyslaine
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Akimana Gyslaine, Health/Beauty, .
🟢Inyigisho ducishako:
✅ Inyigisho ziraba abigeme harimwo kubigisha n'ubutinyanka(règle)
✅Irondoka rijanye n'amagara meza
✅Impanuro za rusangi
👉 Fyonda aho handitse suivre kugira uzoze uriga buri munsi.
😭
Ingene isi igenda iramera amenyo
13/06/2026
🔴 karabaye 🤣🤣🤣
yambajije ATI mbega nikuberiki ingo nyinshi zubu bahukana cane canke bakarengibigo cane kandi kera atariko vyahora?
✅ Impamvu nyamukuru Nuko kera ntaburyo bwo kwikingira bwari bwarwire(méthode contraceptive) Aho usanga nubwo woza gusambana inyuma udacutwarinda mugihe Ubu utamufashe ataco womwagiriza kuko bikingira nuwuyitwaye ABA yasamaye.
✅ikindi burya abagore benshi barironderera uburyo bibeshaho cane ,ukira kumukoma yifitiyeivyafungura canke ahakura acakubosa akaja kwimenya ukareka kumuruhiriza ubwonko ,nicogituma umugore wese atanguye kwiruka n'ubuzima kwubaka bimugora cane. naje kuva Aho mbimenyeye ndiyorosha data urugo ntiruzonanire🤣
none namwe mubivuzeko iki,ijambo ni rwanyu.
13/06/2026
🔴muhava munyiyumvira nabi😂😂
12/06/2026
✅ Umuti wambere kw'isi wa Amibe.
👉Abantu benshi INYUMA y'umuti wa Estomac washingiwe intahe na benshi nabahaye ,bambajije uwa Amibe nawo nanje nti ndinde wo kubahakanira,muwukurikirane kuko ntahandi muzosanga ibintu nkibi niwo wambere kw'isi yose.
✅Umuti
Ufata turya tubuto twa moringa ukadusya ukagira ifu ,kubatatuzi muzobibona kenshi birihungurura aha Bujumbura ntiwotambuka 2 utarabinona ariko benshi ntavyo bazi ,uca urondera n'imbuto za papaye ukazisya zikaba ifu ,ugaca uhiga nifu ya tungurusumu barayidandaza,ugacurondera n'imbuto z'indimu n'ifu y'icatsi bita akaziraruguma vyose ukabivanga uku ( tungurusumu ikiyiko,papayer 2, akaziraruguma 2,moringa3,indimu inusu)
Uca uja urafata inusu y'igikombe y'amazi ashushe ushiramwo ikiyiko 1 ugapfundikira 15 min ukanwa, matin soir
MN,urwaye igikomere uvanamwo tungurusumu
Uwibungenze ntawunwa.
👉Nyimba ugiye kwituma ubona amaraso kugira uhomahome Amara yakomeretse uca ubifatana nibumba ryicatsi kibisi n'ifu y'icatsi bita tyme ivyo vyose turabidandaza.
Ivyo ubikora indwi 2 Hama ugaca uza urabikora 2 mundwi mpaka urangije ukwezi. Amibe fye.
👉Uwo bizogora kuronkz muri pharmacie yacu turabidandaza,mbere numuti uteguye utanazimvye turawudandaza kandi kutubona ntibigoye kuko ufyonda Aho munsi handitse WhatsApp ucutubona vyoroshe
Jewe utagize like ngo untere intege urashaka ureke nokurana ibi vyigwa Ni gukorera iciza umuntu adashima,ntimwibagire n'a suivre uri musha.
12/06/2026
🔴 Abagabo 😂
👉Dufise isezerano ry'Imana KO umugore azovyara arushe , umugabo nawe abirakuya mukurondera irasiyo,reka ndabivuga uko vyanditse muri bible:
"Kand' abarira uwo mugore, ati Nzogwiza rwose umubabaro wawe ufise inda; uzokwama uvyara abana ubabara; kand'umugabo wawe uzomuhoranira inyota, na we azokuganza. *
17 .Abarira Adamu na we, ati Ko wumviye umugore wawe, ukarya ku giti nari narakubujije, nti Ntuze ukiryeko: uzaniye ivu umuvumo; uzokwama urya ibirivamwo ubiruhiye, imisi yose y'ukubaho kwawe; 18 rizohora rikumerera imikere n'ibitovu, arik' uzotungwa n'ibirimano vyo mu ndimiro; 19 m kwirirwa urabira akuya ni kwo kuzoguhesha ivyo kurya uz' urinde usubira mw ivu, kukw ari ryo wakuwemwo: ur' umukungugu, kand' umukungugu ni wo uzosubiramwo.
🔴isi y'ubu niyo gukona abagabo
👉nukuri birababaje ingene abahungu mwirirwa muridoga ngo tubaka amahera ,ngo nimwe mukora cane 😂ndakubwijukuri wavyanka wareka nimwe mufise iryo sezerano ryo kuturuhira😂
ahubwo umugabo yadukanye ingeso yo kudakora abavutse umugore arakwiye kwambarijipo bakamukwa😂anateye n'isoni.
mwisi y'ubu abahungu ntibashaka gukora ngo baduhigire kuko niryo sezerano mwahawe kuko natwe tuyabona twibungenze no kwibaruka😂
🔴Inama nogira abagabo
abagabo benshi mufise ivyiyumviro ngo harigihe bizogenda neza nkaruhuka ,kura mumutwe umugabo yavukiye kuvunika no kuruha,buri gihe bize bikwongere inguvu niwacika intege ,wishiremwo KO urugamba ubwirizwa kururwana kugeza upfuye.
abasokuru bo barabibonye bati amarira y'umugabo atera Aja munda.bari babizi kwarisezerano ry'Imana yahaye umugabo.
ikigabo kizosubira kwirirwa kiryamye kizopfungwa😂
🔴iyo uheruka kubikora wiketse KO wasamye😂
12/06/2026
🔴mwitonde
Amazi arimwo utwoyuntu bita gombo benshi babigisha KO yongera amavangingo,atuma usama ariko ntibavuga nivyago yoteza.
Amazi ya gombo ni ay'akamaro kandi muri rusangi nta ngorane agira iyo anyowe ku rugero. Ariko rero hari ibintu bimwe bimwe ukwiye kwitwararika nubwo benshi bihutira kuvuga inyungu zayo ntibavuge kungarukambi.
🔴 Ingaruka zishobora kubaho :
1️⃣ Iyo unyoye amazi ya gombo menshi cane, ashobora gutuma ihoka ry'ibiryo rigenda buhoro, bikagutera kuvyimba inda, kugira imyuka myinshi canke kutamererwa neza mu mara.
2️⃣ Ingaruka ku rugero rw'isukari mu maraso Gombo ishobora kugabanya urugero rw'isukari mu maraso. Nimba usanzwe ufata imiti ya diyabete, bishobora gukomeza ingaruka zayo maze isukari ikagabanuka cane (hypoglycémie).
3️⃣ Kubamwo oxalates Gombo irimwo oxalates nkeyi. Ku bantu bamwe bamwe, ivyo bishobora guteza canke gukomeza ugukora amabuye mu mafyigo (calculs rénaux).
4️⃣ Allergie zidasanzwe Hari abantu bake bashobora kugira allergie ya gombo, bikagaragarira mu kwishima ku mubiri, kuvyimba, gukorora canke ibindi bimenyetso.
Iyo ubibonye, ukwiye guca uhagarika kuyinywa maze ugasaba impanuro kwa muganga.
✅ Inama: unywa amazi ya gombo ku rugero, kandi nimba ufise diyabete, indwara z'amafyigo canke izindi ngorane z'amagara, ni vyiza kubanza kugisha inama umuganga.
👉Kubafise ibibazo vyo kubura amavangingo,ubugumba n'izindi ndwara baguhanura gukoresha iyo gombo,kugira wikingire wokwitura ikigo incuti ya Bose nintahe zabakize urazibona ugiye kuri youtube yabo.
Kubabona ntibigoye ufyonda Aho munsi handitse WhatsApp ucubabona vyoroshe
12/06/2026
🔴😂😂😂😂😂
Ngo uratubwira ,jewe chr wanje numva umenga ndimwo ndoga umuruzi ,ariko Abo twahora dukundanda numva afata cane ,umpanuye iki ndamuhebe wumva atarimaraya kuko hari n'umukobwa twabikoze ubwambere nurutoki vyarase korucayo.jewe rero yambariye ngo niryambere abikoze nanje ntaco numva. ngira Inama Gygy.
👉iki kibazo nari narabuze uko ndacishura haciye nkukwezi, ariko nkuko Muganga Francis abivuga burya ibitsinga vyose biba bimeze kimwe,ntagitsina cumugabo comwagura.
ahubwo haribikintu mutazi ,ni imitsi ifatanya a**s n'igitsina iyo mutsi bayita périnée,iyo rero yadwegutse n'ubwami buradweguka Aho gufata Ikaramu yawe hubwo ikaroka😂
Nico gituma kurya umuntu avyara uryamutwe ukahatamutura cane iyo iyomitsi itagumye neza uradweguka😂 hari uwushobora kugira imitsi idakomeye neza akiri inkumi ,nibarya vyukuri uzosanga Ubwami bwiwe USA nuwiyogera muruzi kandi atakubaganye,Ntimuze mubahorubusa abantu baratandukanye.
hariho exercice zo gukomeza irya mitsi périnée burya twovugako ari nkumuti wo kwegeranya igitsina, reka tuyirindire igihe Muganga azoyizana nkuko yabisezeranye .
ushaka kuraba ivyo vyose mvuze n'ibindi ntabashe kuvuga , vidéo nayibashiriye muri commentaires.
11/06/2026
🔴Akamaro k’ámaságe :
1 - Arakingira inzira z’inkari(voies urinaires)
2 - Arafasha kugabanya ububabare bwo mu ngingo
3 - Arafasha kugenzura umuvuduko w’amaraso
4 - Arafasha guhumuriza no gukingura inzira z’ihema(voies respiratoires)
5 - Burafasha gukuraho uburozi n’imyanda mu mubiri
6 - Burafasha kugenzura urugero rw’isukari mu maraso
7 - Burafasha kugabanya ububabare bwo mu mutwe
8 - Burafasha gutuza imitsi no kugabanya ugukanyarara kwayo
▪️UKO BITEGURWA :
➡️Shira ubusage (ibipfunsi bibiri)mw'ilitiro imwe y’amazi, ubiteke gushika bibize. Hanyuma ubireke bihore.
➡️Fata ikirahuri kimwe c’ico kinyobwa, wongeremwo ikiyiko kimwe c’ubuki canke umutobe w’indimu zibiri zeze.
▪️UKO BINYOBWA :
Nunywe gatatu ku munsi : mu gitondo, ku murango no ku mugoroba, iminota 30 imbere canke inyuma yo gufungura .
ICOKWITONDERA:
👎Abagore bibungenze ntibayemerewe.
👎Nimba ufata imiti igabanya umuvuduko w’amaraso, ni vyiza kubanza kugisha inama umuganga imbere yo kuyakoresha.
Ni igiki waruzi Ku masage y'ibigori ?Tubwire dufashanye gukira..
👉 Kubafise ibibazo bitandukanye vy'uburwayi mwokwitura ikigo c'Incuti Ya Bose bafise imiti kabuhariwe kundwara zitandukanye mbere nintahe zabo bavura wozisanga kuri youtube incuti ya Bose Tv , umutima,amaso, hasima, intandara, inféction,ibisazi, igitigu,guheba itabi n'inzoga ,sinezite,amakonyera,....
Kubabona ntibigoye ufyonda Aho munsi handitse WhatsApp ucubabona vyoroshe.