Ihunja Tv

Ihunja Tv

Share

๐ˆ๐‡๐”๐๐‰๐€ ๐“๐ฏ โœ… Ni urubuga rudufasha kumenya vyinshi bigezweho muburundi, muri Africa, Hamwe no kw'isi yose.

Turafasha kandi tugashigikira impano mukumenyekanisha ibikorwa vyabo. Ukaba wipfuza kwamamaza wotwandikira kuri whtsp ya 79058614.

29/09/2026

Bayita BMT Buja, umugwi ugira umare umwaka utaduhaye film yawe bwite. Mbega Amรฉdรฉe MANURAKIZA Na Mr giti bari mubiki??

We Cadeau Ravelle, raba uvuze akaruru kugira mutwugururire ivyugaye, kuko mutarimwo Film y'uburundi ntiba ikwiye.

Photos from Ihunja Tv's post 29/09/2026

Abantu mukurikirana film MISE EN GARDE ya NSORO , mubona gute uno mwigeme Angely ???

29/09/2026

Vugisha ukuri

29/09/2026

Andika AMEN, Wironkere imigisha

Photos from Ihunja Tv's post 29/09/2026

๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ Hagati ya bano bagabo n'abasore, uwukina neza gusumba abandi Ninde??? TUBWIRE

1. Abel Nduwayo Burundi

2. Mr Khan Burundi

3. Sahili NKURU

4. Sabbas Nkurunziza

Twagiye muri commentaires kurubuga Ihunja Tv

Photos from Ihunja Tv's post 29/09/2026

Tubwire ibintu bibiri ukundira muri iyi industry ndundi

Photos from Ihunja Tv's post 29/09/2026

Ni bangahe bakunda uyu muntu ga hemwe?? Film Pakita mwayakiriye gute aho iwanyu?

Photos from Ihunja Tv's post 28/09/2026

No.e aba bantu bagize iki ? Ko nguma ndababona bazunguruka muri aya mayira ya Facebook? ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ Tuze turabwirana hemwe ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Harya umwe ngo yitwa Thaddรฉe uwundi Febronie? ๐Ÿ˜‰

28/09/2026

Hagati ya Big Fizzo na Sat-B wumva ari nde azi gukora neza umimuziki wa HIP HOP??

27/09/2026

Film INZIRAKARENGANE Part 7 yamaze gusohokaaaaa, iyi yo ni final kabisaaaa, Abel Nduwayo asavye imbabazi, Dev biranse ko yihangana amarira aba menshi.

Fyonda ngaha uyirabe
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/tbR9gSiKx1c?si=4oZ808soPdX9XT95
https://youtu.be/tbR9gSiKx1c?si=4oZ808soPdX9XT95

fans BURUNDI BWACU BUJUMBURA๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ BURUNDI MON PAYS

Telephone

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ihunja Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Bujumbura.