Hon ALUB
entertainment center
08/04/2026
ubworoheje buraguma
ubugumishije buroroha
UBUZIMA!!!
26/03/2025
Abasore bacu mukanyamuneza inyuma y urukino
25/03/2025
Akajambo ku Ntamba zacu uyu musi!
25/03/2025
Uku Niko igice ca mbere c'urukino ruriko ruhuza umurwi nserukira gihugu Intamba murugamba Na seyshelle kirangiye!
Intamba zacu mukazi kose!
25/03/2025
🇧🇮 Uburundi na Seychelles : Urugamba rukunze kworohera Intamba mu rugamba.........................
Umugwi nserukiragihugu w'Uburundi mu mupira w'amaguru uraja gutana mu mitwe na kuri uyu wa 25 Ntwarante. Urukino ruja gukinwa igihe c'isaha zitatu z'ijoro ku kibuga "Stade d'honneur de Meknès" co muri .
Ni urukino rugira gatandatu mu nkino zo kurondera uburenganzira bwo kwitabira igikombe c'isi ca 2026.
⚫Uburundi bugiye gukina n'igihugu kitigera kibugora na gato..................
Mu nkino zitandatu zimaze guhuza ibi bihugu, Uburundi bwazitsinze zose. Itsinzi ikomeye Uburundi bumaze gukura kuri Seychelles yari iy'ibitsindo umunani kuri kimwe. Hari mu rukino rwa kivandimwe rwabaye kw'igenekerezo rya 11 Ruheshi 2021.
Ku rutonde rwo mu mugwi F ibi bihugu bihuriyemwo, Uburundi buri mu kibanza ca gatatu n'amanota indwi mu gihe Seychelles iri mu kibanza ca gatandatu ari co ca nyuma n'amanota ubusa.
Mu rukino rugira gatanu rwo muri izi nkino, ibi bihugu vyose vyaratsinzwe.
Igihugu c'Uburundi catsinzwe na Côte d'Ivoire igitsindo kimwe ku busa, mu gihe Seychelles yatsinzwe na ibitsindo bitatu ku busa. Seychelles igatsindwa urukino rw'uyu musi izoba isezerewe muri izi nkino zo kurondera uburenganzira bwo kwitabira igikombe c'isi kizokinwa mu 2026.
Urukino ruja gukinirwa ku kibuga co muri Maroc kubera ko Uburundi budafise ikibuga gikwije ibisabwa n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru ku mugabane wa Afrika, .
ALUB
Le but de Lamine Yamal
Marc Bernal training
19/03/2025
🗣️ Kylian Mbappé: “Abantu bavuga ko PSG ikina neza inyuma y'uko ngiye?
⚽Ndabipfurije amahirwe ariko jewe ico nshize k'umutima ni Real Madrid no gutwara ibikombe 3 icarimwe icarimwe.
Arongera ati: n'ikintu Real Madrid itarakora kugeza uyu munsi akavuga ko vyoba bihebuje bibaye mw'iyi saison yiwe ya mbere ash*tse muri Real Madrid.
🎤🎤Tuvuge ko Mbappé abona ko Real Madrid tayali izotwara , na ???
Hon ALUB #
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Bujumbura