Amagara aruta amajana
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Amagara aruta amajana, Health/Beauty, Bujumbura.
27/02/2025
Tumaze imyaka 2 dufasha abantu kungwara ya diabète igakira Burundu, dufis ingaburo zikwije zishobora gushira isukari kurugero rwiza
Woba wipfuza kumenya vyishi kubijanye ningen iyongwara ishobora gukira:👇
WhatsApp et Appel simple+257 6-5247644
✉️Igihugu cose urimwo birakunda
_Diyabete ni imiterere y’uburyo umubiri udashobora gukoresha isukari neza yavuye mu biribwa, kugirango itange imbaraga umubiri ukeneye. Ivyokurya vyinshi turya bikurwamo isukari izwi nka Glucose, kugirango uyikoreshe mukubona imbaraga._
_Pancrea nurugingo ruba munsi ya Estomac, rukora umusemburo witwa insulin. Uyu musemburo wa insulin ufasha isukari ya glucose kugera mu turemangingo tw’umubiri wacu. Iyo ufite diabète, igishoboka nuko umubiri uba utashoboye gukora insulin ihagije, canke insulin ikaba itakoreshejwe uko bikwiye. . Iyi niyo mpamvu abantu benshi bafata diabete nk’indwara y’igisukari
🏻BIMWE_MUBIMENYETSO_VYA_DIABETE
🔘Kuja kwihagarika incuro nyinshi.
🔘Kugira inyota idasanzwe.
🔘Gutakaza ibiro muburyo budasobanutse.
🔘Kumva ufise inzara nyinshi idasanzwe.
🔘Impinduka mumaso
🔘Ibinya mu biganza ndetse no mu birenge.
🔘Kugira uburuhe bwinshi igihe kinini.
🔘Kugira ama infections muburyo butari busanzwe.
🔘Kugira umubiri u
kanyaraye.
🔘Kugabanuka canke kubura inguvu za kigabo
Guteba gukira mugihe ufise igikomere, n'ibindi vyinshi
Kalibu kubavyipfuza turafise ingaburo zogufasha mukire BURUNDU. WhatsApp +25765247644
26/02/2025
https://www.facebook.com/share/p/1CYtRMF5be/
nitwa muganga ELIAS
nkorerera i Bujumbura mu Bwiza Kuri avenue Moso
wtsap +257 65247644
UYUMUSI TWASHAKA TURABIRE HAMWE IMPAMVU ZITUMA ABAGABO BENSHI BAHURA NIBIBAZO VYO KURANGIZA VUBA.MUGIHE BABA BARIKO BARANGUR AMABANGA YABUBATSE:
HARIBINTU BIGERA KURI (12)
1-ni stress:kugir uburuhe burenze mumutwe
2-ni Diabetes n'izindi ndwara zitandukanye:(NCDs) kubagabo barwaye diabetes ikimenyetso cambere babona ni kurangiza vuba
3-ni kubantu bakoze ma********on bakiribato canke bakuze bigatum uturingoti tusohor imbuto zubugabo twononekara
4-kubafis ikibazo cumutima.
5-ni kunywa inzoga nyinshi bigatum imitsi yo mubihimba vyirondoka yononekara
6-ni hypertension,
depression detse nibiyayura mutwe
7-ni gukunda kuraba za Film zibiterasoni bigatum udutsi twomubimba vyirondoka tugira ikibazo
8-ni kugira imisemburo mike:umusemburo wumugabo (testosterone)utuma utera akabariro neza mumwany ukwiriye ndetse ukanashimisha nuwo muba murikumwe murico gikorwa
9-kuba ufise ikibazo kijanye na prostate
10-kub ufise ikibazo camibe
11-ni musipa
12-ni kugira ibinure vyinshi birenze bivanye nimirire yacu yamisiyose
icirwa cacu kikaba kigarukiye ngaha tukaba tubashimiye cane mukuza mutufasha gukurikiran inyigisho zacu
Atinone kubamaze kuba bafise ivyo bibazo nabo vyogenda gt?imiti yoshobora kubafasha isanzwe ihari
kuwufis ico abaza nahamagare kuri +257 65247644

Click here to claim your Sponsored Listing.