TONY Promoter MC
BISHASHA🇧🇮 KURI INO SI RUREMWA
💥follow me #TONYPROMOTERMC
INSCRIVEZ -Vous un compte 1xbet avec code promo TONYMC3
UMUCO MUMWIZA
IKIRENGE KUBUTAKA 💥
09/08/2025
🔵🟣 Barcelona ejo biravugwa ko umurwi wa COMO witeguye kuzogenda urangije ivyo gusinyisha Inaki Pena
Amakuru akorotse kuri Mundo Depoltivo nuko umurwi wa COMO uzohura na Barcelona ejo muri Joan Gamper ntuzoba uje gukina na Barcelona gusa ahubwo uzoba uje nokugiranira ibiganiro bikomeye kumunyegori wabo Inaki Pena yiteguye gusohoka muri rici
COMO bishikira umunyegori kandi Inaki Pena yumva ko umu Espanyol amenyereza iyo Ekipe Fabregas azomufasha guterimbere mundwi iza ejo havuye birashoboka tukazumva amakuru mashasha amujana muri Como nyaburya amakuru avugwa i Barcelona avuga ko mundwi iza Joan Garcias ashobora kuzokwandikwa mukibanza ca Ter Stegen
Ubundi ikintu catuma Barcelona itemera igenda rya Inaki Pena nuko ariwe munyegori wenyene yarifise yanditswe muri Laliga hamwe na Stegen yagiriwe opération iyandikwa rya Joan Garcias rizoha Inaki Pena kwiyunga na Como
✅Mundo Depoltivo
MBE AMATARA MURI REGIDESO ARIMO CANKE 😄😄😄😄
09/08/2025
OFFICIEL : Flambeau du Centre remporte la Supercoupe 2025 !
Au terme d’un match intense qui s’est soldé sur un score de 2-2 dans le temps réglementaire, Flambeau du Centre s’impose aux tirs au but face à Aigle Noir CS (5-3).
🏆 Une belle victoire pour le vainqueur de la Coupe du Président 2025, qui démarre la saison en beauté !
30/07/2025
🛑🚨⚠️OFFICIAL: VICTOR OSIMHEN yasinye muri Galatasaray k'uburyo buhoraho 🟠🔴🇳🇬
Inyuma yo gukinayo muri sezo iheze Ku ntizanyo, birangiye abasinyiye burundu
Imiriyoni €75m nizo Gala itanze muri Napoli
Umwe mu basatirizi Number 9 ba mbere beza kw'isi ariko kubera kugira aba agents babi hamwe n'abamuhanura babi, birangiye ku myaka 26 agiye muri Turikiya
Imigwi ikomeye myinshi i buraya nka Chelsea, United, Juventus,...yose yaramushaka kuva mu mwaka uheze ariko birangiye asinye muri Galatasaray !!
Unbelievable!!
29/07/2025
📌 muri izi record z'aba bagabo n'iyihe igoye gukuraho...?
🇦🇷 Messi – Ibitsindo 91 mu mwaka 1 rudende
🇵🇹 Ronaldo – Ibitsindo 140 muri UCL
🇵🇱 Lewandowski – Ibitsindo 5 mu minota 9 gusa
🇸🇳 Mane: Ibitsindo 3 mu minota 2 n'imisegonda 56
Igitsindo cambere ca Eric Garcia
Visca Barça
27/07/2025
Abagiye gutangura mukibuga kuruhande gwa barcelona
🇯🇵 Vissel Kobe XI:
🇪🇸 Barcelona XI: Joan Garcia; E. Garcia, Cubarsí, I. Martinez, Balde; Gavi, Pedri, Fermin Lopez; Raphinha, F. Torres, Lamine Yamal
27/07/2025
💥D one
Ari mubaririmvyi banyemeza bafita impano iteye ubwoba can mukuririmba
Tumwipfurize uwamungu mwiza wimana
Muri commentaire guyz 🤜🤜🤜🤜🙏
27/07/2025
Inkonji yumuriro wariyadukije ahitwa São Paulo hariya muri Brazil 🇧🇷 mu gatondo ko ku wa gatandatu, igenekerezo rya 26 Mukakaro
Inzu y’umuryango wicamamare w’umukinyi wa Real Madrid, Rodrygo, Abategetsi baremezako inzu yabavyeyi ba Rodrygo yahiye🤦🤦
27/07/2025
🚨🚨 Kubwa Forbes | Kylian Mbappé ni we mukinyi yahembwe amafaranga menshi yongera yinjiza akanoti kurusha abandi i Burayi mu 2025, akaba aronka hafi imiliyoni 100 z’amayero ku mwaka! 💰🤑🇫🇷
Ni ayavuye mu kwamamaza, amasezerano y’ubufatanyabikorwa, imipira yambaye igurishwa, hamwe n’utundi twose bashobora kumuha kubera ugutwenga kwiwe 😅
Uyu musore ntatsinda ibitsindo gusa… araninjiza imiriyoni 💵🔥
Iyo uri uwihuta mu kibuga no kuri compte akanoti karihuta kwinjira 😂
27/07/2025
❌⚪️ IBINTU NTIBIMEZE NEZA MURI REAL MADRID!
- David Alaba yaranse kuva mu murwi, kandi nava, arasaba kuronka umushahara wiwe wose: 22.5 miliyoni z'amayero 💰
- Rodrygo nawe ntiyiteguriye kuva mu murwi, ntari mu migambi y’umumenyereza, ariko nava, nawe nyene arasaba umushahara wiwe wose.
- Vinicius Jr. yatanze ibisabwa bisobanutse neza: azongereza amasezerano yiwe gusa aruko aronse umushahara ungana n’uwa Kylian Mbappé (32 miliyoni €/umwaka). Nataronka, ashobora kuhava kubuntu muri 2027 😳
➡️ Umugambi wa Xabi Alonso uriko uranyiganyiga… 👀
Click here to claim your Sponsored Listing.