Aimablo Da Classic

Aimablo Da Classic

Share

information, Blogeur, Freindship

10/07/2026

🚨 Zlatan Ibrahimović yavuze kuri Kylian Mbappé ati:

"Iyo uhaye umukinyi nka Mbappé impamvu yo kurushiriza kwitanga no kwerekana ico ashoboye, uba uriko urakinisha umuriro."
Nariko ndaseka igihe abantu bose batangura kuvuga cane kuri penaliti yahushije. Kubera iki? Kuko nkiri narabonye ibintu nk'ivyo kenshi.

Abakinyi badasanzwe bahora bateye ubwoba. Ariko iyo bashavujwe canke batanguye gukekeranywa, baca barushiriza gukina neza.

Maroke yiyumviriye ko yari yamaze guhindura uko umukino uza kurangira. Umunyezamu wayo afata penaliti, abafana baraturikisha akamo k'intsinzi, abari ku ntebe y'abasubirizwa na bo barahimbarwa...

Ariko ikosa rikomeye ushobora gukorera umukinyi w'akaranga nka Mbappé ni ukwibaza ko amaze gutsindwa n'ikosa rimwe gusa. Aho ni ho aca yerekana ko ari umukinyi adasanzwe.

Naritegereje uko Mbappé yavyifashemwo amaze guhusha iyo penaliti. Ntiyigeze agaragaza ubwoba, ishavu canke gucika intege. Yagumye atekanye, yizigiye ubushobozi bwiwe.

Yasa n'umuntu yari asanzwe azi neza uko uwo mukino uzorangira.

Hanyuma aca atsinda igitsindo. Arongera afasha mugenzi we gutsinda ikindi. Ubufaransa buca buronka itike yo gushika muri 1/2 c'Igikombe c'Isi.

Uko ni ko abakinyi badasanzwe bamera: iyo abantu batangura kubakekeranya, baca babisubiza mu bikorwa, bakerekana ko bakiri ku rugero rwo hejuru. 👏🇫🇷⚽

09/07/2026

🔵🔵🥺 Myugariro mwiza Real Madrid yaritunze yamaze kwigira !!! Ntagwano akeneye gu guterana na Marc Cucurella na Alvaro Carreras

Inyuma y'inkino 109 akiniye Real Madrid agatsinda ibitsindo 3 akongera agatanga imipira ivamwo ibitsindo 13 ; Fran Garcia avuye muri Real Madrid

↪️ Amasezerano y'imyaka 4 gushika muri 2030 niyo mutama Fran Garcia yasinye Real Betis ✅✅

07/07/2026

🚨 Hossam Hassan (umumenyereza wa Misiri) yavuze ashavuye ati: 🗣️

« Vyose bishingiye ku mahera. Bashaka ko Messi abandanya gukina muri iri higanwa. »

« Mu mupira w'amaguru, hari ibintu vyinshi biba inyuma y'ikibuga kubera inyungu zitandukanye. »
« Ivyabaye ntivyari ubutungane. »
« Misiri ni yo yari ikwiye kuronka itike yo gukomeza.
Twari umugwi mwiza kurusha Argentine muri uwo mukino. » 🇪🇬

Aayamajambo hariconakubwiye ufatiyukuntu waravye urukino ?

Aimablo Da Classic

07/07/2026

🚨🚨 Nkuko Umumenyereza wa Egypt, Hossam Hassan yavuze ko vyose ari amahera nanje ndemeza 100% ko Egiputa itashe kumvo zmamahera ati gute?
🛑FIFA yashaka ko Messi aguma mw'ihiganwa kubera Impamvu z'amahera...

Umumenywreza Yavuze ko ivyabaye ari akarenganyo, umugwi wiwe wibwe kubera FIFA idashaka guhomba... kino ndacemeza kandi.

Ivyo yavuze nivyo k'uruhande rumwe kuko FIFA gutakaza Messi kandi yaraye itakaje Ronaldo hamwe na USA kuko ariho abantu beshi baraba inkino bavuka kuko ariho ihiganwa ririkubera bituma abantu bacabagabanya kuraba inkino rero coba ari igihombo gikomeye mugihe Messi nawe yobavuye mwihiganwa.

Inyuma yaho Ronaldo na USA basezerewe, amatike yagabanutse ku rugero rushika 50% kuri marché noir

Kubwivyo FIFA gutakaza USA, igihugu inkino zisigaye ariho zizobera, ikaca itakaza Messi na Ronaldo icarimwe muri kimwe c'umunani, yari guhomba amahera menshi

Kandi, muri iki gikombe c'isi twarabonye ko FIFA ari ishirahamwe ridakora mu kuri, ririmwo ibiturire vyinshi, ko hariho ibintu vyinshi bibera inyuma y'ikibuga tutazi nk'uko Hossam Hassan yabivuze

Gukuraho irya karata ya Balogun vyashize ku mugaragaro ico FIFA arico

Hariho ibintu vyinshi bibera indani, hari ingingo nyinshi zifatwa.....ni ikibazo gikomeye kuba ubu abamenyereza n'abakinyi ubwabo baza mu kiganiro n'abamenyeshakuru bakabivuga ku mugaragaro

Iki nico gikombe c'isi ca mbere ciza mbonye ku nkino zibera mu kibuga ariko gisize ishusho mbi caane kuri FIFA na Infantino

Uyumugabo Infantino atwara FIFA nukuri arikwica rubi umupira wamaguru.

Biramaramaje kuri FIFA !!! Wewe niba waravye urukino ibimvuze harico udatahura??

Aimablo Da Classic

07/07/2026

🚨🚨Mumuhe amanota uyumuhagarikizi ahagarikiye urukino gus Égypte na Argentine.

Kubwanje niwe aranze urukino kuko nirumwe murukino umunyafrika ariwe numuhagarikizi muburyo bugaragara atakwihisha.

07/07/2026

🛑🚨⚠️BOUM! NTIBISANZWEEE ! ARGENTINA itsinze EGYPT ibitsindo 3-2 mu rukino rw'ibisazi, LEO MESSI abaye umucunguzi 🇦🇷🐐🔥

Babanje batsindwa ibitsindo 0-2 ariko MESSI atanga Assist ku gitsindo co kugombora igitsindo ca mbere, yinjiza igitsindo ca kabiri

Enzo Fernandez yinjiza igitsindo c'intsinzi !!!

Messi yabaye umukinyi wa mbere amaze gutanga assists nyinshi (8) mu mateka y'igikombe c'isi

Yakwije ibitsindo 8 muri iyi World Cup, aho ariwe wa mbere. Yakwije ibitsindo 21 mu gikombe c'isi muri rusangi!!!

MBEGA URUKINO 🤯

Ariko hagataho umuhagarikizi niwe atumye Égypte itaha ivyo novyemeza nkanabisigura cane.

Aimablo Da Classic

Photos from Aimablo Da Classic's post 07/07/2026

🚨🚨Impanuro kugwaruka sindi umweranda Ariko kumenyekana birabaho utarinze gutakaza akaranga kawe.

ntawuzi ico afatiwe ariko akakanya bishoboka ko atidegemvya ntawuzi kwarivyoyakoze akiza kurizimbuga bimufatishije.

Nimwe Gusa nibufise ivyuposta wibuke ko turimuburundi bwamanye imico k**a nakaranga kacu ntugate indero ngugomba kumenyekana.

Ninjiye mubitandaba ariko uwubisoma yumvimpanuro.

Aimablo Da Classic ✍

07/07/2026

🚨🚨Impmvu Bernaldo Silva yashwanye na Rodri ejo Murukino rusanururiko rurangira.

Rodri yabwiye Silva ati ''''urimugufi ntamutwe wotsinda''''' harinyuma yaho silva yarateyumutwe uca hejuru gato yipoto muminota yinyongera.

Ivyo vyatumye silva ababara cane mwese mwarabibonye.

Aimablo Da Classic

07/07/2026

🚨🚨Inyuma y'akanya gato Portugal itsinzwe na Espagne,ico gihugu cahise cirukana Roberto Martinez mukazi ko k'ubumenyereza baca baha akazi Jorge Jesus yahora amenyereza al nasr ya Christiano Ronaldo.

07/07/2026

🚨🚨Umumenyeshamakuru ati '''' woba wasohotse kubwimvune zaturutse kumacenga meshi Yamal yagucentse ?

Nuno Mendès ati ''' wapi ntacenga narimwe Yamal yigeze ancenka ahubwo natanguye gukina urukino nfise ububabare nicocabiteye. ''''

Ibi avuze nawe wovyemeza kuko nukuri Yamal yoba yaracentse nikorosi rimwe Mendès ?

Aimablo Da Classic

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Bujumbura
1974