Ikibano News Tv

Ikibano News Tv

Share

Votre source fiable d’informations et d’actualités en Afrique et dans le monde.

16/03/2026

26/10/2025

God Only👆🙇

25/10/2025
11/09/2025

C’est pas gentille de sa part🤌 franchement j’ai pas aimé ça😴

09/09/2025

Ooooooh munyibukije tugikundana kid's dans les années 60😭🤓🤓😅😅😅

08/09/2025

Umurundi atangaje abazungukazi😂eheee iyi yo kwicara muri 🚌🤣🇧🇮

08/09/2025

🚨 Lamine Yamal yabuze Passport yiwe muri Turquie! 🇹🇷
Inyuma y’urukino, Yamal yaragerageje kuyishakisha aho hose no muri vestiaire 🧳ariko ntayibona😟

👉 Akaba yamaze gutanga icegeranyo ku nzego zibijejwe.

🎥 Reba uko vyagenze mu mashusho hano!

08/09/2025

🇧🇮🔥🇹🇿 Sat-B Azimije Kuvaho vyakabereye Diamond Platnumz Bamutaye hasi izuba Riva Umuziki Ndundi Uriko uranyuganza hariya Mugihugu kibanyi CA Aho Atakindi kintu Kiri kuvugwa Atari .

💽 By & Ibraah_tz Itumye Yose Ibuga zaho zisubira kuronka ivyo zivuga zari zazimye Muze Mumuhe Amashurwe kuko Ararenze 🔥🔥🔥

Photos from Ikibano News Tv's post 08/09/2025

🌕✨ *𝗨𝗕𝗪𝗜𝗥𝗔𝗞𝗔𝗕𝗜𝗥𝗜 (LUNE ROUGE)*
*☀️🌍🌙 Izuba, Isi n’Ukwezi kuruhande rumwe rw’Isi – Isanamu idasanzwe!*

Mu ijoro ryo *🗓️ kuwa 7 rishira uwa 8 Nyakanga 2025*, abantu bo ku migabane yose y’isi (*Afrika, Amerika, Aziya, Uburayi, Australiya*) batangajwe n’ijuru ryijimije ririko *Ukwezi gutukura* – ubwirakabiri bwuzuye butaboneka kenshi 🌌👀.

🌓 *Bimeze gute?*
Ubwirakabiri bubaho igihe *Isi iri hagati y’Izuba n’Ukwezi*. Urumuri rw’izuba ruca mu kirere cacu (atmosphère), rukagera ku kwezi *rwaravuyeho imishwarara myinshi isanzwe*, bigatuma gusa n’ugutukura 🔴.

📚 *Kuki gutukura?*
Uko gutukura kw’ukwezi ni nk’ukw’izuba rirenze, kubera urumuri ruca hasi mu kirere. Ico gituma bavuga *“ukwezi gutukura”* – *Lune Rouge* 🌖❤️.

⏱️ *Biramara igihe kingana iki?*
Inyenyeri n’Ukwezi vyerekana ubuhanga bw’Imana – ibi biboneka hagati y’iminota 60 na 90 🕒.

📸 *Wabibonye nawe? Wafashe ifoto?*
Ni vyiza kubisangiza abandi kugira nabo baryoherwe n’iryo jambo ry’Ijuru.

👇🏾 SANGIRA 🫶🏾 na 📺 kugira abandi bavyumve.

---

✨ * *
🌙 * *
🌍 * *
📷 * *
📡 * *
🌌 * *
💫 * *

08/09/2025

umwana azomuvyara arushe😅🤓🤸abandi ba dame iyo mufise imbanyi mwama mukora Zino Sport zakasaze🤓🤓🤸🤸🤸

TrendingReelsVideo

Category

Website

Address

Bujumbura
00000

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ikibano News Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Bujumbura.