Heon

Heon

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Heon, Health/Beauty, Léonidassage6@gmail, Bujumbura.

18/05/2026

🔵🟣La Roja yoba itakaje Fermin Lopez yagize imvune iteye amakenga ko bishobora kuba biheze ashobora kuzosiba igikombe cisi 2026

Mwite Fernando Polo wa Mundo Deportivo ahejeje gutangaza kuri Mundo Deportivo ko Umusore Fermin Lopez ejo hahise murukino bariko batsinda Real Betis yagize imvune itoroshe kukirenge ciburyo

Nkuko abahaye bamuvura babivuga birashoboka kuriwe ntazitabire igikombe cisi 2026 canke akazokijamwo bageze kure kuko yarababaye

Abaganga bakomeje kumukorere ibipimo bamenye uburemere bwimvune yaraye agize amakenga yoyo nimenshi ko ashobora kuba ahomvye kutazoba arikumwe na La Roja muri USA

Mundo Deportivo✅

⚽⚽ *ukeneye coupon zizewe iyi ni groupe zitangirwamwo*
*https://chat.whatsapp.com/JeXSO0xGWmG4dFx1PBBavp*

17/05/2026

🔵🟣Barcelona Hansi Flick ashimira Lewondowiski ko ivyo yatsindiye vyose kuntebe yubumenyereza yamubereye inyenyeri

Hansi Flick ati : Mugitondo Roberts Lewandowiski yasezeye bagenziwe kandi ndamushimira kuvyo natsindiye vyose kuntebe yubumenyereza twaba turikumwe vyari biryoshe gukorana nawe ❤❤

Abafana ba Barcelona hariho group Whatsapp yo kugariramwo mwinjiye muciye kuriyi link
https://chat.whatsapp.com/GsPR6jSiiuh9MtYkcV2iMf?mode=gi_t

🌍🌍 Ukaba wipfuza gutigira na 1xbet koresha code promo SAGE4 maze wironkere bonus ya 200% kuri depot yambere karibu muri groupe wattsapp tubafashe muguca kuri yi Link https://chat.whatsapp.com/JeXSO0xGWmG4dFx1PBBavp?mode=gi_t

25/04/2026
24/04/2026

🔥🔥🔥🔥💥💥💥💥🔥🔥🔥🔥🔥

Photos from Prophet Kenny Rogers Nininahazwe's post 03/02/2026
Photos from Heon's post 01/01/2026
Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Léonidassage6@gmail
Bujumbura