Shaz B
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Shaz B, Health/Beauty, Bujumbura, .
17/08/2026
program ya le23 ndibaze murayibona oky karibu ndabahe Vibe kuko nje ndarenze iyo ndi muri Show show ndabakunda sana bakunzi banje ๐ฅ๐ฅbwira babandi bahora bavuga ngo barandenze bazoze ndabereke ko ndabaruta na kure sana โฅ
16/07/2026
Noe Buja Promote ndakubaze guta umwanya wawe ufata ukora ibintu bitakwiye gukora ubona ko ari vyiza? Ariko urabe unyitware ko buhoro kuko nje ndanyerera kl https://youtu.be/Ma5aUr9uLuE?si=Q_guoCV46RsKAyLN
16/07/2026
Ivyo ngomba kuvuga muba PROMOTE BA 200 Nka buja promote gute wofata ama foto yanje uka posting ngo nje nitavye imana? wewe nuwokwitaba imana ukareka kubisabira abandi ukunu nahona ndakubaha ubu uramburiye indero kl
mubafana banje ndakunda sana mukomeze munyereke urukundo kuri mu shangazi
Mu shangazi by S.h.Shaz-b Muze wama CapSheni{Clip Official} ...
14/07/2026
Ubuzima bwa muziki Vuba ngiye kubuvamwo kuko ivyo ndimwo nibisaba ko umuziki ndahukomeza -b ๐๐
13/07/2026
Ati urukundo gwanje na Chr wanjye ruruta rurya rukundo gwabamaranye imyaka 10 canke 50 tukundanye nkabamaze imyaka irenga 100๐๐๐
Mumwanya ndabatemwo AMA Photo ๐ธ ndikumwe na Madame wanjye
11/07/2026
Bakunzi banje ubu sinkiri umusore wapi kuko ngiye kubaka ugwanje nka B-face On The'flo Yahisemwo kubaka ugwiwe nje nkumusore akomeye ubu ngoba kubaka ugwanje ndabakunda umuziki nzohugumamwo nzokwamaho
23/06/2026
Nyita Muze wama CapSheni mbaza ico ushaka ndakwishura
24/05/2026
Murihe ko sindiko ndababona ubu tuvugana ndiko ndatwika
ingo tuvyanse oky
Aba fana banje mugire amahoro nje sindafungwa ndahari ubwo nububeshi Buja Promote ariko Arababesha nje ndahari yanyu ndaca ndayikeneye https://youtu.be/Ma5aUr9uLuE?si=S5J_RZcNLRSghUn3