Anomi-BURUNDI
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Anomi-BURUNDI, Health/Beauty, Bujumbura.
Bonjour,adresser un message aux admins pour plus d'infos
๐๐๐๐๐๐
https://chat.whatsapp.com/Ilhb8NhzFpjGFUEIet3W9K?s=cl&p=a&mlu=4
16/05/2026
kuruyu wa 15Rusama, ishirahamwe riserukira ayandi mashirahamwe arungika urwaruka hanze,
ryatewe iteka n'umushikiranganji,Aho ryari risanzwe rirungika abigeme n'Aba Maman mugihugu c'abarabu
Dusaba dushimitse ko abasigaye bokwitegura hakiri kare kuko turiko twinjira mubahe vy'ici navyo indege zica zigorana kuboneka
murakoze
ufise icabaza atwandikire
Amahoro
โ๏ธTwagomba tubibutse ko aline yatanawe biciye mukigo ANOMI-BURUNDI (Afrique Noire en Migration)
โ๏ธBarundi barundikazi muri mu mahanga menyesha ANOMI-BURUNDI uko umerewe,worohewe cake bitameze neza.
โ๏ธNamwe mwipfuza gufata Urugendo saba ikarata ya ANOMI-BURUNDI yitwa ANOMI-Card kugira umutekano wawe ugenzurwe kumunsi ku munsi
Murakoze.
Salut, igihugu c'ubu Suice imiryango iruguruye ku Barundi barenza imyaka18,ufise icabaza yinjire muri Link
๐ง๐ฎ๐๐ป๐ง๐ฎ๐๐ง๐ฎ๐๐ป๐ง๐ฎ๐๐ง๐ฎ๐๐ป๐ง๐ฎ๐๐ง๐ฎ๐๐ป
https://chat.whatsapp.com/FwCSBRDjtNLAyDGXD0Lf4A
Inyuma yo kwitunganya kw'abimukira batari bake,uyumunsi barungitswe muri Doubai
Dusaba abituye ANOMI-BURUNDI mwese ko igikorwa co kuja kurondera ubuzima kibandanya.
Ufise icabaza atwandikire
MURAKOZE
ANOMI-BURUNDI"toujours correct"
SHALOM SHALOM
Abantu bacu ingenzi zose zikorana n'ishirahamwe mpuza makungu ryahano iwacu ANOMI-BURUNDI imiryango yama yugururiye Bose Iminsi yose
Kubafise ANOMI-Card canke Abayipfuza ,siga numero Commentaires service clientele irakwakura
MENYA NEZA
ANOMI-Card niyo yerekana ko tuba dufitaniye ama sezerano
Abatazifise musige numero
MURAKOZE
Click here to claim your Sponsored Listing.