Cheval Rupfu

Cheval Rupfu

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Cheval Rupfu, Health/Beauty, Bujumbura.

23/03/2026

🔴🔵 :🇧🇮Uwavuze kwisase riva kucuma ntiyabeshe, murabona ukuntu Umuririmvyi Double-jay OnceAgain asa fotokopi numwana w'iwe, mubona niyo uno mwana azokura batazohora bibaza ngo ni se arenganya Kandi arumwana.

⚪ Nabaririmvyi bake bavyara abana babo bagasa na base kuko urya nyina wumwana aba yagendanye nabeshi haraho uca usanga urya avuze kwari se wumwana atariwe arukuyimwegekako gusa. Ariko kuri Double Jay biragaragara ko atariyo bamusizeko nivyo Koko nuwiwe barasa.

23/03/2026

Ko mwama mwigira ba kabizi iyi nyamaswa yutubiri twompi ninde ayizi 😄 cumpa lumicash ndaguhezagir esheuuu come gwemera mivumo 🤣🤣

20/03/2026

Natasha naho kwipfuza aricaha one day uzombere umusamaliya kazi unsomye kumazi ndagusinzirize ubwengeee. Esheuuuu come gisazi ✅ natasha wambonyeee je nakubonye na embe dodo 😋😋 gusa indirimbo yawe sinayikunze melodie 🤣🤣 ibindi vyose ni neuzaaaa swetiiii🥺

20/03/2026

Esheuuuuu nta muraperi yambara nkaba furniseur bibitunguru 🤣🤣 Iyi mipira ushaka kuyibona neza duga mukayanza imisa ya 2 isohotse 🤣🤣 iconzi nta drama t yokwambara iryo ribaya kiretse lolilo musangiy gout esheuuuu come gisazi 😳😳😳☑️

20/03/2026

🇧🇮🔥 Sat-B Yakoresheje Ayarenga 5 💰💴 Mugutegura I Laidi Yabagishije ⚔️🩸 INTAMA NI IMPENE 🐐🐑 6 Kugirango Famille Yiwe Nabagenzi Baryoheregwe Hamwe Basangire I Laidi Kuruyumusi .

Ivyo Bavuze Ko Yinjiye Firmasoni Bishobora Kuba Bisa Navyo! 🤔 Uyumusi Turiko Turyoherwa I Laidi Ibinyobwa Nibiribwa Nirya Nawe! Muri Fête Yateguye Numuririmvyi " BIZIMANA Aboubakar Karume"

Sivyo Gusa No Kumusigiti 🕌 Yahasize Inkuru Kuko Yasize Atanze Amafranga 💰💴 Atari Make Kuri Buri Muntu Yarahari! Nkuko Mwabibonye Mumasanamu

🔺 Sat-B Yoba Yasesaguye? Canke Vyari Bikwiye?

🔺 Iyi Yoba Arintango Yibikorwa Bishasha Vyo Kurwego Nkugwaba Diamond Platnumz !

15/03/2026

Mumbwirire urya musaganyika ngo ni nellynat ati ugakoramwo ukanukira biragusha sitwe twakanukishije ubu tur mur SO SANA ☑️ aba mineure nta gwiwe arimo esheuuuuu come fernando ayeeee 😄😄😄come ngumbalogie 🤬

07/03/2026

🚨 : 🇺🇸 Chris Brown yavuze ku ntambara n'indyane biriko biribonekeza hirya no hino kw’isi, avuga kw'abayobozi bari ku butegetsi basa n'abafise "Indwara yo kwanka amahoro."🤔

Nk’uko Breezy yavyivugiye, yagize:

"Ni kuki abarongozi bacu badashobora kwicarana bakavugana nk’abantu bakuze maze bagafata ingingo, mu mutima wabo, ata n’umwe yipfuza izi ntambara. Birababaje kubona abantu bari ku butegetsi bahitamwo kuraba ibintu biriko birasha aho guhitamwo kubitorera umuti mu mahoro."

Ubu butumwa bwiwe bwaciye butuma abantu benshi ku mbuga hwaniro babiganirako cane, aho benshi bemeranya na we ko abantu b’inzirakarengane aribo bama bababara cane igihe cose habaye ukutumvikana.💔

Hari abashimye Chris Brown kubera yakoresheje ijwi ryiwe mu gusaba amahoro, mu gihe abandi bavuga ko ba rurangiranwa bakwiye kubandanya gusaba abayobozi guhitamwo ibiganiro n’ugutorera hamwe inyishu aho guhitamwo gusambura no guteza intambara.

07/03/2026

Inzanyi ya Lino G fyeeee✅🥹🥹

07/03/2026

igitondo cyiza kuri mwense

mucunge izomari zanyu

06/03/2026

Landry Promoter namuhaye udukwasha 🖇📎🖇 Namwe murashaka ndabatemwo? 😂😂😂 Iboro zanyu bakazitwara ntimumbaze 🙌

Photos from Cheval Rupfu's post 06/03/2026

Kwikingira ubu kugira ntibakunyage Ubugabo bwawe ( Igit**na ) , ngo Wambara Igikwashu 👀 !

🤔 Mbega uwu woba ariwo muti w'ibi bibazo ? Harico Mwe mubiziko ngo mudusangize amakuru

04/03/2026

😂 umuririmvyi king Sat-B iyoamaze kwitamwo ndetse akarenzako nivyana kuruHande

♦️Bituma akora ivyatokoze ndabira ibi bintu Ariko aratwereka kuberako kamaze kumushika

♦️Uyurero niwamuririmvyi ashaka guhiganwa na Diamond Platnumz namanze yige ukuntu yitwara iyo kwitamwo kamwe

Mbwira impanuro womutekerera uwumu ririmvyi wacu king Sat-B

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Bujumbura