AISD-Burundi

AISD-Burundi

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from AISD-Burundi, Health/Beauty, Bujumbura.

Photos from AISD-Burundi's post 31/08/2026

K'UR'UNO WA MBERE ITALIKI 31/08/2026, UWUHAGARARIYE ISHIRAHAMWE AISD RIHARANIRA AMAGARA MEZA N'ITERAMBERE MURI KOMINE NYABIHANGA NDAYISHIMIYE AUDACE ARIKUMWE N'UWO MURI ZONE KIBUNGERE NDAYISENGA MARIE BUGURUYE ICESE IBIKORWA VY'ISHIRAHAMWE KU MUGWA MUKURU WAZONE KIBUNGERE

Photos from AISD-Burundi's post 21/08/2026

https://www.facebook.com/share/1Bm5bYipWy/?mibextid=wwXIfr
: kuri uyu wa Gatanu niho Ishirahamwe riharanira amagara meza n’Iterambere muri Zone Magara AISD(Action intégrée à la santé et le développement) ryatanga imfashanyo igizwe n’amasabuni ku barwariye mu bitaro bikuru vya Magara .

Ico gikorwa kikaba cari catewe iteka n’uwaserukiye Umukuru wa zone Magara umukuru w’umutumba wa Magara uwurongoye ishirahamwe AISD ku rwego rwa Komine Muhuta Ndayishimiye Faice afadikanije n’uwurirongoye ku rwego rwa Zone Magara Ndereyimana Sophie bafadikanije n’abanywanyi biryo Shirahamwe,
kuri uyu musi niho bari baramutse baja gusuhuza abarwariye muri ivyo Bitaro aho bari bagiye bitwaje n’imfashanyo igizwe n’amasabuni, imbere yo guhabwa iyo mfashanyo bakaba babanje guhabwa inyigisho zo kugira isuku aho baherereye ndetse no mungo zabo.

Mw’ijambo ryabahawe izo iyo mfashanyo bashimye cane kuba iryo shirahamwe ryabiyumviyeko rikabashikako ndetse ko n’abandi bobagira nkabo.

Photos from AISD-Burundi's post 18/08/2026

COMMUNE NYABIHANGA KUR'UWU WA KABIRI IGENEKEREZO RYA 18/08/2026 ISHIRAHAMWE AISD RYATANGUJE KU MUGARAGARO IBIKORWA VYARYO MURI ZONE MUSAMA ,AHO BIRORI VYARI BIHAGARIKIWE N'UWURISERUKIRA MURI KOMINE NYABIHANGA NDAYISHIMIYE AUDACE ARIKUMWE N'UWO MURI ZONE MUSAMA.

Photos from AISD-Burundi's post 14/08/2026
Photos from AISD-Burundi's post 14/08/2026

Igenekerezo rya 14/8/2026, ubuserukizi bw' ishirahamwe AİSD muri komine Nyanza, intara ya Burunga bwagendeye zone Mukubano yomuriyo komine muntumbero yo kumenyekanisha ibikorwa vy'ishirahamwe hamwe nogusigura intumbero y,ishirahamwe,ivyo birori bikaba vyitabiriwe kubice 99% n'urwaruka n'abakenyezi bari mumigwi SDA yokwiteza imbere.

Photos from AISD-Burundi's post 05/08/2026

Igenekerezo rya 05/08/2026
Ishirahamw riharanira amagara meza n'iterambere AISD.ryaramutse ry'ugurura ibikorwa muri zone Gishiha, commune Nyanza intara ya Burunga.ivy bikorw bikaba vyaserukiw n'abariserukira muri commune Nyanza barikumw n'abariserukira muri zone ndetse n'abahanuz ba chef de zone mubisata bitandukany.bakab bashimy umugambi vuba ibikorw bigiye kuja k'umugaragaro

Photos from AISD-Burundi's post 29/07/2026

Kuruy'umusi igenekerezo rya 28/07/2026 ishirahamw riharanira amagara meza n'iterambere AISD, ryaramutse ryugurura ibikorwa muri zone kayove, commune Nyanza intara ya Burunga Ivy bikorwa bikaba vyatewe iteka n'abaserukira iryo shirahamw muriyo commune bafadikanije n'indongozi zitandukanye zo muriy zone.
Abanywanyi biryo shirahamw bakaba bagiye kubandany bakoranye ibikorwa vyo kwiteza Imbere gusumba uko vyahora.

Photos from AISD-Burundi's post 27/07/2026

Igenekerezo rya27/7/2026, ishirahamwe riharanira amagara meza n'iterambere AISD, ryaramutse ryugurura ibikogwa muri zone ya mpinga, commune Nyanza n'intara ya Burunga ivyo bikogwa bikaba vyaserukiwe nabaserukira iryo shirahamwe muri commune nyanza bafadikanije na chef de zone mpinga nabakuru bimitumba bose.Iryo shirahamwe rikaba rigiye gukorana n'imigwi yokwiteza imbere SDA, ihurikiyemwo abakenyezi n'urwaruka muriyo zone.

Category

Website

Address

Bujumbura