BUJA FM
📻BUJA FM_ The sound of Burundi !
We bring you the latest music🎶,lively talk shows,and cultural discussions.Promoting local telent,sharing news,and connecting the community through entertainment
(📻BUJA FM )
28/01/2026
🚨✅🤩 Ntibisanzwe ashobora kwirukanwa hamwe yonanirwa na 🎥👊Mbega Ninde agiye kuzimya ino ntambara 🤭🔥💪
✅ Tabara FC Barcelona mukanya aho igira yambikane na Équipe yamaze gutangaza kigiye guhagarika ingendo zose za 💪🔥muri Ligue des champions ✊ 🤩😆
✅ Copenhague yamaze kwemererwa amafaranga meshi cane hamwe yohagarika Barcelona uyumusi 🔥💪
✅ Haranyerera zaryamungu 😅 abakinyi ba Copenhague bamaze gupanga uko baharika Barça kuburyo ata gitego ironka zaryamungu 🤣
👉Abasenga mukomeze gusengera Barcelona Kuko bisa nkaho bayiteze agatego 🔥💪💪💪
Barcelone 0-1 Copenhague muvyandike zaryamungu 🤣 aha nimugihe Real Madrid C.F. izoba iriko iduza Connexion Rapide Força Real Madrid 🫡 🫡 🫡 🫡 🫡 🫡
09/11/2025
🚨🚨 Wamwigeme Emelyne_Ishanga ( 🍾 ) womugihugu c'urwanda🇷🇼 yabatijwe mumazi beshi yabaye icaremwe gishasha 👇🏼🤷🏾♂️
========================
Yamenyekanye mubikorwa bibi ndetse beshi bamuteye amabuye kubikorwa yakozwe , uyu mwigeme yarafunzwe igihe kitari gito ariko yarafunguwe .
Yaramaze amezi meshi yaratekereje atavuga none agarutse mw'ishusho shasha yoguhinduka ndetse yabatijwe ✅👇🏼
Yagize ati "Ndabizi biragoye kuvyiyumvisha gusa niko biri ndagushima Mwami YESU kubw’ubuntu bwawe ndetse n’urukundo rwawe .
YESU ndagushimira kubw’agakiza kawe wampereye ubuntu ntabwo nari mbikwiriye , nari mubi , nari ikivume ,naruwo gucirwaho iteka naruwo gupfa , narimfite amazina mabi umpa izina rishya ( Inshuti ya YESU ) Hallelujah."
‘‘”„„„Amakuru_agezweho🇧🇮🇷🇼
Un grand merci à mes nouveaux followers ! Patience Niyonkuru, Jimmy Icitegetse, Irakoze Ellias
09/11/2025
⚽ BIRIHUTA 🔥🔥
& : kuguza na niyo nkuru igezweho mu binyamakuru vy'i Buraya. Ikibazo gica kivyuka: Ese birashoboka?
🔥 Muri iyi minsi, ibinyamakuru vyinshi vyo ku mugabane wa Buraya vyashushe bivuga inkuru isa nk'iyidashoboka y'uko hari umugambi wo kuguza abasatirizi 2, Vinicius Jr, umunya Brazil w'imyaka 25 akinira Real Madrid, hamwe na Erling Braut Haaland, umunya Norvege w'imyaka 25 akinira Manchester City
🧐 Gikora umwihwezo, ikinyamakuru cibajije giti: Real Madrid yoba igiye gukora imwe mu ma transfert y'ibisazi muri uwu mupira w'amaguru ugezweho? Kivuga ko uwo mugwi w'i Madrid ugomba gukora ikintu abanya Espagne 🇪🇸 benshi bafata nk'ikidashoboka
📉 Co cagize giti: "Bivanye n'uko utishimiye inyifato Vinicius yagaragaje ku munsi wa El Clasico iheruka batsinda 2-1, Real Madrid yakuye Vinicius Jr ku rutonde rw'abakinyi badakorwako. Naho ari umukinyi adasanzwe muri uwo mugwi w'i Madrid, Real Madrid yiteguriye kumurekura hamwe coba ari co kintu cokwumvisaha Haaland kuza i Madrid"
🔄 Ico kinyamakuru kibandanya kivuga ko inyuma y'igenda rya , aja mu mugwi wa Al Ittihad muri Arabie Saoudite, uwo mugwi ukirondera umukinyi nimero 9 mwiza wo kumusubirira. Kibandanya kivuga ko umuyobozi wa Real Madrid ashaka gushira mu ngiro umugambi yari afise kuva kera wo kwubaka ubusatirizi bugizwe na duo ya na
🚧 Naho biri ukwo, kuzana Haaland muri Real Madrid ntivyoroshe kuko narirya afise amasezerano yo gushika muri 2034 muri Manchester City, umumenyereza asigaranye Erling Haaland nk'inkingi ikomeye isigaye ihetse umugwi. Rero biragoye kumwikura
🎙️ Mu kiganiro yahaye ikinyamakuru El Chiringuito co muri Espagne 🇪🇸, umunya Guinée Equatorial yahoze akinira Real Madrid avuga ko hamwe vyokunda ko baguza, Real Madrid yoba yungutse cane, kandi ko yoca ikenyura neza, Mbappé agasubira gukina ku ruhande rw'i bubamfu asanzwe amenyerey
06/11/2025
ikwefeee ✋✋✋🤣
06/11/2025
🟣🔵Barcelona kimwe mubintu bokwishimira nuko Lamine Yamal yagarutse mubitsindo bibiri bagomboye Brugge niwe yabiremye yagarutse kurwego rwiza 🔥
• 90 mins
• 50/62 passes completed
• 1 GOAL ⚽
• Caused the 3-3 equalizing own goal
• 5 dribbles completed (MOST) 🕺
• 4 chances created ⭐
• 1 BIG CHANCE created ✨
• Most fouled player
• 8 duels won (MOST) 💪
• 3/6 accurate long balls
• 0 times dispossessed ❌
• 4 recoveries
🔥🔥Uwu yagarutse iyatahaba Barcelona kari kabaye yagize ibiharuro vyiza cane muriyi Match Yamal mubaya sana
02/11/2025
Nicki Nicole ati nyuma yo gutandukana na Lamine Yamal, ubu umukinnyi nkunda ni Mbappe!
Bakunzi ba Real Madrid, mwiteguye kwakira umukazana?
02/11/2025
🇧🇮 Umwana yiga mu mwaka wa 2 wa garidiyeni (2eme maternelle) kw'ishure Indépendante, yasavye kuduza idarapo imbere y'abanyeshure, abigisha n'abayobozi bose
------------------------
👆🏾 Ivyo vyabaye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 28 Gitugutu 2025, aho Nkuriyingoma Wise Daniel yasaba umuyobozi mukuru w'iryo shure kumureka ngo aduze ibendera, nawe aramwemerera
😊 Bizindavyi Apollinaire, umuyobozi mukuru w'ishure Indépendante, aratuyagira uko vyagenze. "Uyo mwana nabonye umunsi umwe mama wiwe aza ambwira ngo ‘nyakubahwa muyobozi uyo mwana yama ambwira ngo nze gusaba umuhe uruhusha amanike idarapo’. Jewe nkivyumva narakangutse ariko nca ndabimwemerera. Bukeye nyina wiwe yaje yacerewe, umwana asanga twamaze kuyiduza aca ararira abwira nyina ko yamucereje kandi yashaka kuduza idarapo. Nca ndamuhumuriza ndamubwira ko ubukurikira yozinduka hanyuma akayiduza. Bukeye rero yarazindutse hanyuma arayiduza. Ico rero jewe carankoze ku mutima kuko hariho n'abiga mu mashure yigiwe haruguru nama mbwira kuza kuduza idarapo ariko bakanka"
✅ Yabandanije amenyesha ko ico cerekana umutima wo gukunda igihugu. "Jewe vyarampimbaye cane, binyereka ko uyo mwana afise umutima wo gukunda igihugu, ndetse afise na kazoza keza"
🧑🧒 Kwizera Sandrine, umuvyeyi w'uyo mwana, yaratuyagiye uko ico ciyumviro co kuduza idarapo caje muri uyo mwana. Agira ati: "Haraciye nk'amezi 2 Wise Daniel aguma apfundika imigozi muhira ku nzungi aguma aduza ngo ni darapo. Atangura kubaza mukuru we ngo azomwereke umuyobozi w'ishure kugira amwigishe kuduza ibendera. Twebwe rero nk'abavyeyi biwe tubimenye twavyakiriye neza, kuko twabonye ko akunda ibendera kandi abona akamaro ifise ku gihugu"
👩🏽🏫 Njeneza Nadine, umwigisha wiwe, yatumenyesheje ko mw'ishure Wise Daniel atekereza atagora abandi, ndetse ngo amuhaye ivyo akora abikora neza kandi anyarutsa. Kuba rero uyo mwana yiyumviriye kuduza idarapo angana kurya ngo vyamweretse ko afise umutima wo gukunda igihugu kandi ashobora no kuzogiteza imbere muri kazoza
02/11/2025
🟢 Breaking news,mwijoro ryakeye yariko ikwakwanya aka Equipe kimihanda mukugatsinda ibitego 4-0 twita 🙄🤣 Ubu dukeneye ( BARCA +MAN CITY + PSG
) ico twikorera no panyanya 😂 😂 a
arinako bashikibabo nahonyene bariko bahondagura 0-1 .F. (femenino)
⚽ 40' Botero (p.p.) yaragiteretsemwo ✅ ub kwemera ko Real Madrid ariyo izotwara ibikombe vyose ntawoba yihenze uyumwaka iraho irasamye nkiyitazi ivyirimwo 🤣 no blague uyumwaka mushaka mwokwigira mucaro gutegura undi mwaka kuko simbona aho muzocana ibasumvya amanota umunani😁😭 yaraye yahukanye na . 😂😂 Yayayaaa imihanda ikomeje kunyerera Ubu yaba umufana canke umukinyi ntiborohewe 😭 ukaba urumafana wa Real Madrid C.F. mvugirati halaaaaa Madrid muri commentaire 🔥 🔥 😂 😂 🤣
01/11/2025
😒Inkuru ibabaje tukibatohoreza.
Umwana w'imyaka 10 yiyahuye aha mu gisagara ca Bujumbura mu Cibitoki hafi ya Kinama.
Uwo mwana, babibonye amasaha yo mu gatondo yihaye akagozi. Naho batazi neza icabitumye ariko benshi bavuga ko yari amaze imisi ababwira itotezwa agirigwa n'abandi bana ko ata bwenge agira.
🤦♂️Nyamara abandi bahora bamubona bavuga ko yari umwana yitonda atavuga menshi.
Amakuru akwiye tuyaronse turayabashikiriza.
#
30/10/2025
💥Izi nizo nkino zitatu Real Madrid igiye gukina :
🏠 Real Madrid - Valence
✈️Liverpool - Real Madrid
✈️ Rayo Vallecano - Real Madrid
Iyi migwi Real Madrid igiye guhura nayo muri sezo iheze n'uku vyari vyarangiye :
🏠❌ Real Madrid 1-2 Valence
✈️❌Liverpool 2-0 Real Madrid
✈️🤝 Rayo Vallecano 3-3 Real Madrid
Kw'iyi ncuro urabona bizorangira gute ?
Click here to claim your Sponsored Listing.
Contact the business
Telephone
Website
Address
Bujumbura