Chanceline
GOD's Daughter
Actress🎬
Brand Influencer
22/08/2026
Week-end nziza BAKUNZI. 🇧🇮❤️
21/08/2026
Bonjour BAKUNZI, mbazaniye inkuru nziza mwebwe mwese mwipfuza kwiga gukina FILM, BURUNDI FILM ACADEMY yongeye kugurura imiryango.
Iyandikwa ryatanguye le 20/08 rizohera le 20/09,
Mufise icomubaza murashobora kutwandikira kurizo numéro twatabze.
14/08/2026
🇧🇮❤️
12/08/2026
Ntakuntunakumwe woba unwa ubuyi NICE FLOUR PORRIDGE Mazengo wirigwe utarimuri mood nziza, I'm telling you naho bogushavuza wigumanira akanyamuneza.🇧🇮❤️ ubukeneye
duhamagare canke utwandikire kuri 65402522
10/08/2026
NICE FLOUR PORRIDGE ubu buyi wewe ubwihereza uherereye hehe? , tubitutsako uwubukeneye wese aburonka kandi kugicirociza cane haba kubashaka kurangura mwese muraronka. 🇧🇮❤️ twandikire kuriyi numéro 65402522
BAKUNZI twigarukire kuri NICE FLOUR PORRIDGE yacu, uburyo ubu buyi buryoshe kandi jew bugomba kumpera sinzi ukongiyekubaho ntabufise.😔
08/08/2026
🇧🇮❤️
Click here to claim your Sponsored Listing.
Website
Address
Gitega