Innocento Dieu merci

Innocento Dieu merci

Share

Dukore twizeye ko Ejo hazoba heza k'umugambi w'Imana

21/01/2026

Nyuma yo gutahukana AFCON Sénégal iriko iraserebura yigina kuntsinzi baronse bigoranye

Président wa Sénégal ntaworeka kumushimira kuko abakinyi bafashije gutahukana iyo ntsinzi ariko arabashimira bishimishije cane Aho umukinyi umwe amuha parcelle hamwe n'imiliyoni 110$

Musomyi ubona iyi nkuru ikiguye gute ko Sénégal yatwaye ico gikombe bigoranye??

21/01/2026

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Mwarabo Jean, Moïse Nyabenda, Davy Miel Havyarimana

06/01/2026

iyo caméra man abonye ivyo atashaka rro ahitamwo kwiruka😅😅😅😅😅😅😅😅😅

28/12/2025

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Elysé Niyonizeye, Diane Nininahazwe

27/12/2025

Après l'heure c'est l'erreur

02/09/2025

Nca nkumbura vyabihevyiza🙏

29/10/2024
11/09/2023

Umwanya nataye ndacawuririra

Mwene data wirinde nirinde tutazosanga twarataye umwanya mubidakenewee

Imana ibahezagirane nanje🙏

11/09/2023

Nari narabuze k'umurongo kumpamvu z'ubuzi ariko mwiyi misi ndagarutse natwa turirimbo tw'Imana mukunda knd mwakunze

01/09/2023

Ngiyo indirimbo yigihugu yakunzwe cne

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Gitega?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Avenue NYABUGOGO
Gitega