Mr Know

Mr Know

Share

DIEU est grand 🤲

24/03/2026

Tegeza utahure ✊

06/03/2026

🎙️ "Ntumare ubuzima bwawe uriko urondera ubuzima , waje kwisi kubaho ubuzima apana kuburondera" 🇧🇮

Suivre et partager

06/03/2026

Salomoni yasavye lmana ubwenge,
Imana imwongera n’ubutunzi.

Aburahamu yasavye lmana umwana,
Imana imuha kuba Sekuru w’amahanga.

Nawe lmana izoguhe ibirenze ivyo wayisabye,
mu izina rya Yesu Kristo Umucunguzi wacu.

Suivre et partager

06/03/2026
06/03/2026

: Kuva ubu usavye Passport uzoyironka mu ndwi zibiri gusa (PAFE)

RTI

06/03/2026

*Sigihe cose uwutera igiti cicamwa ariwe azokwamura ivyamwa vyaco kenshi vyamurwa nabatabiteye*

✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️

06/03/2026

*Urwembe rurakarishe cane ariko ntirushobora gutema igitu nishoka nuko nyene irakarishe ariko ntiyoca urwara burya nasanze ikintu cose gifise igikorwa caco nikimazi caco ntuzogaye uwudafise ngo ntaco yogufasha haraho bishika ukamukenera*
✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️

06/03/2026

*Ico wasigaranye Nico cingenzi kurusha ico watakaje,reka kwiyumvira cane kujatakaye(kucagiye)kugeza aho wibagira ico wasigaranye*

Mr know🧏‍♂️

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Gitega?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Bujumbura
Gitega