amos comedien
amos comedien
Kubantu bipfuza kwimba ubutare turabahaye ikaze mwitungire
Iyivideo iragaragaza ukuntu wokwifata urikumwe numukunziwawe murikomuraryifoto
NIGUTE NODUZA VOLIME MURITEREPHONE YANJE NKORESHEJE APRICATION
Hari igihe twibaza ko vyose vyarangiye, tukumva ko ata cizere gisigaye. Ariko Imana ntijana nk’uko abantu babibona. 🙏❤️
Imana irishura ku gihe cayo kandi ntibesha. Nimba uriko uracamwo ibihe bigoye, ntucike intege. Komeza kwizera, kuko igihe c’Imana kirashika. 🙏🔥
👉 Raba iyi video gushika kw'iherezo, uyisangize abandi kandi ukurikire page kugira ubone ubutumwa bwinshi bw'icizere.
27/08/2026
“Abana Baribaraganiye, Ariko Bose Basangiye Umuvyeyi Umwe ❤️👨👩👧👦”
MUBUZIMA, nifuza ko twobintatanya, tugafatanya mu bihe vyiza no mu bihe bigoye. ❤️🤝 Ubuzima buraryoha iyo dufise abo dusangira umunezero, tugashigikirana kandi ntiduterane mu ngorane. 🙏✨
🇧🇮
Ubusazi bwadutse mubana murabemubagarukire
12/08/2026
Umusore w’Umunyabwenge n’Ubwiza bwo mu Giturage 🌿❤️
Category
Address
Gitega
HTTPS://YOUTUBE.COM/@AGASESEMVYA?SI=HTROWKNLCNHNRNYY