Alfy
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Alfy, Health/Beauty, Gitega.
*Aho inkomezi zawe zigarukira niho Iz IMANA zitangurira,iyo wabuze aho uca niho IMANA iciza akukuzimurura nibwo bubasha bwayo*
๐๐๐๐๐๐๐๐๐
02/07/2026
*Si uwukwiyegereza wese aba agukunda canke akwipfuriza ineza.*
*Hari abaza hafi yawe kugira bamenye amabanga yawe canke intege nke zawe, aho kuba bagushigikira.*
*Niwame ugira umutima mwiza, ariko ugendane ubwenge. Ntukizigire uwo ari we wese, kandi ntubwire bose ivyerekeye ubuzima bwawe.*
*Hitamwo neza abo wizigira, urinde umutima wawe, kandi ushire ukwizera kwawe mu Mana, kuko ari Yo itigera iguhemukira. โ๏ธ*
20/05/2026
๐ค๐ด ๐ง๐ฎ๐ค : ๐๐๐ ๐ก๐๐๐?
Mbega woba umaze gutembera iguhugu
CโUburundi cose?? Aha Nihe...๐ฅ๐คทโโ๏ธ
โขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโข
โ ๏ธ ๐ญ๐ด+ gusa
Urashaka kugerageza 1XBET? ugurura wuzuze code promo BUJA22 ushobora kuronka Bonus kugera kuri 200%, ukeneye ubufasha bwo kwugurura bandikire +257 61240530
Raba iyo ๐๐๐
https://www.facebook.com/share/v/18nWbesSjR/
โIbi bigenewe gusa abantu bujuje
Imyaka (๐ญ๐ด+) canke kuduga.๐
20/05/2026
20/05/2026
๐๐ช๐ช
Iga kubana nabo wirinde kubaha icizere cose,_
_Bana nabo ariko ubacungira hafi! Kuko usamaye gato bashobora kuguhitana._
Kubana nabo ntibizogusaba amafranga meshi, ahubwo bizogusaba ubwenge bwishi.
01/05/2026
๐ฃ๐ตFIFA yemeje ko mugikombe cisi 2026 nihagira umurwi wigumura ukava mukibuga nkabimwe Sรฉnรฉgal yakoze abakinyi bazokubitwa amakarata atukura ubwonyene banakubitwe Forfait yibitsindo 3-0
FIFA yagabishije ibihugu vyiteguriye kuzigumura munkino ngo nuko batazoba bemeye ingingo zabahagarikizi canke ikindi kintu kizotuma basohoka ikibuga azoba amakarata na Forfait muce mutaha ๐คฃ
โ๏ธNoรฉ Bunt ๐
01/05/2026
๐จ Inter Milan nayo iriko irarabira hafi Curtis Jones wa Liverpool ! ๐ด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ๐๐ฅ
๐๏ธ Fabrizio Romano
Click here to claim your Sponsored Listing.