Pacy BdIboy Bdi

Pacy BdIboy Bdi

Share

Ndumwe kubantu twunzubumwe

02/11/2024

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Eric Irakoze, Prince Øg Tz

31/07/2024

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! فايس حسين, David Eyesemitan

31/12/2023

BABILONI 🧐🧐

13/11/2023

Burya. Kumbe
Ubu dusigay turi Diama bigezeyo
Bagabo nanje murabe tuje inama twese hamwe kuko ndabona basigaye bagoye 🔥📸🎲😂🙊🙊🙊

27/10/2023

Bnjr Mumbwire
Muzoba mukoze
Iyintara kuko jewe ni 👂👂👀🙏

19/10/2023

Nkuyu mukobwa woza wumva nyina wiwe atumunwa avug Ati atari 10million Ntazova ngaha murug gwanh ari nkawe ubona Wocubishura gute abavyeyi biwe mugih wakunze uwomukobwa 👂🙆😂😂😂😂

12/10/2023

Aba nibabana
Usanga barakuze bakenye
Ugaca wumvati ntubone nkenye
Jewe navukiye mumahera nawe koko ibi ubona twovyita gute 😂💯🔥✨

09/10/2023

👂Wewe nyene
Uziko umeze uko🙏👂

08/10/2023

Bnjr intwar mwebwe
Aho iwanyu iyo mubonye umukobwa yambaye ijipo ibonekesha utwo tuntu muhora muhita mwiyumviriki kumutima wanyu intwari gusa🙏😂😂

02/10/2023

Boujour ham nagira Ndababaze
Gato bantu bimana ngaho mubona mwabo babiri Arinde yabeshe uwundi ngo Baje mwishamba akajamb kamwe twagiye 🤺😂😂

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Kamenge?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Kamenge