Nzomwita Company.

Nzomwita Company.

Share

Renforcement de capacite de la population dans le developpement

01/01/2026

société NZOMWITA COMPANY iripfurije abarundi Bose umwaka mushasha wa 2026 uze ubabere umwaka w'imigisha,amahoro n'iterambera.

Photos from Nzomwita Company.'s post 20/12/2025

: Imvura ni kirumara kuburimyi mw'ibigori.

inyuma yaho akavura kamaze iminsi karwa neza mu karere ka karusi abairimyi basubiranye icizere kuko imirima yahembutse.
Aho iwanyu bimeze gute?
Ejo Youth Empowerment
SWAA-Burundi
Paeej-Burundi

03/12/2025

🇧🇮 Ku ncuro igira 4, umujama w'urwaruka, w' , arasubiriye gukoranya urwaruka mu kiganiro kidasanzwe ciswe "Dialogue Continental sur la Jeunesse, Paix et Sécurité".

😍 Urwaruka ruvuye mu bihugu vyinshi vya ruzoba rukoraniye i Bujumbura ku Kirimba c'Umukuru w'Igihugu, i Kiriri, ku magenekerezo ya 11 na 12/12/2025, kugira ngo ruyage ku ruhara rw'urwaruka mw'iterambere ry'umugabane wa Africa.

🌐 Isi yose ihawe ikaze kuzikurikirana nta citwazo co kutabikurikirana, kuko bizoba biriko bica ikibiriraho ku mbuga hwaniro za - .

Ivyo birori bitegurwa n'ishirahamwe ry'ubumwe bw'ibihugu vya Africa ( ) rifadikanije na y' .

muriteguye gukurikirana ico kiganiro?
Paeej-Burundi

Photos from Nzomwita Company.'s post 03/12/2025

: muri ya ntumbero yokwegereza ubutegetsi abenegihugu huguruwe isoko y'ibitungwa muri zone GITARAMUKA.

$ Kuruwu wa gatatu itariki 03/12/2025 kw'isoko ya Gitaramuka niho hugururwa isoko y'ibitungwa.
igihe twashika mw'iyo soko twasanze abashoye impene aribeshi, impene nizo zibonekeza hamwe n'inkoko abaguzi bariko baragura mu mutekano ntangere.
abenegihugu twaganiriye barashima uwo mu gambit wa leta wokubegereza Aho bashobora gusumira kuko ngo Ubu azoronka amahera ace ayagura akororwa atarayonono.
%Mwomenyako iyo soko y'ibiturwa izohora irema Ku munsi wa gatatu
Aho hazoshorwa
ibitungwa bitandukanye
ibitoke n'ibindi
SAFI Media
Ejo Youth Empowerment
SWAA-Burundi

Photos from Nzomwita Company.'s post 02/12/2025

: rw'ijukiye imigambi ya agribussiness mu ntumbero yogushigikiza .
🖋️Uno munsi kw'igenekerezo rya 02/12/2025, yagendeye umurimyimworozi NDEZWENAYO Claudine Aho asanzwe akorera muburimyi bw'ibigori n'umworozi bw'ingurube. yatwiganiyeko umugambi w'uburimyi wunguka iyo wawukurikiranye neza.
🎤 Gumana natwe tuzeturabasangiza uko urwaruka rw'ijukiye ibikorwa vy'iterambere mu ntumbero yogusezerera kuzera inze.
Paeej-Burundi
Ejo Youth Empowerment
SWAA-Burundi
Assurances Bicor
Warubizi
SAFI Media

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Karuzi?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Nzomwitakuzethierry2015@gmail. Com
Karuzi
127BUJA