IGIHE CIZA tv

IGIHE CIZA tv

Share

IGIHE CIZA ni chaîne icako ibijanye n'amagara y'abantu ,uko twokiwiki gira ingwara zimw zimw ,hamw n'ijambo ry'imana

03/02/2026

Nkuko twavyemey ko kur'iyi page yacu tuzoza turahacisha ibijanye n'amagara y'abantu ,

Uy'umusi turabire hamw uburwayi butandukany bushobora kubangamira amahaha(poumons) ya kiremwa muntu.

30/01/2026

ubusuma bukabije

29/01/2026

NIVYIZA KURYAMIRA UKUBOKO KW'UBUBAMFU IYO UHEJEJ GUFUNGURA MWIJORO ,BITUMA UMUSHISH*TO UNYONGA NEZA IVYO WAFUNGUYE KANDI UVYUKA UTUZUYE INDA. gira flow , j'aime et partager

29/01/2026

Mbega iyo uhejeje gufungura mwijoro ugire uce uja kuryama ,uryamira ukuboko ulwahe???

Abahinga baravugako arivyiza kuryamira ukuboka kw'ububamfu kuko bifasha umushish*to ( estomac) kugira unyonge neza ivyo umuntu yafunguye( digestion), bigatuma umuntu avyuka atamisonga yumva Munda Cank kwumva kwikangura ukumva inda iruzuye.

26/01/2026

Woba U*i umurwi wamaraso wawe??

24/01/2026

Ibi wari ubizi ?? Abajejwe amagaray'abantu twame twibuka kubikorera.

24/01/2026

Ibi bimenyetso n'iwavyibonako ,Cank nimba uvyibonako ushobora kuba urwaye ingwara y'igisukari(diabète):
- kuja kumwanda muto incuro nyinshi( polyurie)

-Gusonza cane (polyphagie)

-Kunyoterwa cane ukaguma unywa amazi cane( polydipsie).

Icowokora mugihe amaze kubona ivyo bimenyetso: wokwihutira kuja kwa muganga bakakurabira uko isukari ingana mumubiri ( glycémie).

23/01/2026

Uhoraho niwe azotuma bikunda. Namwe bakunzi bacu ndabasavy mudushigikire mukugira Jaime n'a paratage gusa.

Category

Website

Address

Murwi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when IGIHE CIZA tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Murwi.