Sty-vin øg
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Sty-vin øg, Health/Beauty, Burundi, Musenyi.
01/06/2025
⚽⚽⚽ FINALE LIGUE DES CHAMPIONS!!!!!!!
Woba wipfuza gutsindira TEREVIZIYO ingana amahero , FRIGO, amahera 100,000Fbu, SPEAKER, POWERBANK, IJEZI z’imigwi y’ibihangange I buraya?
🔴 Ntihagire ahandi uza gutigirira Atari muri 1TBet k*ko muza kuryoherwa muri FINALE ya LIGUE DES CHAMPIONS ihuza PSG na INTER mwongera mufise amahigwe yo gutsindira utwo tuganuke.
📌 IBISABWA: Tigira kuri uru rukino hamwe no kuzindi nyinshi guhera kuri 3 icarimwe ivyo benshi bita “GUTIGIRA MU KIVUNGA” hama ukoreshe amahera 10.000Fbu canke arenga. Uzoba uhejeje kwironkera amahirwe yo kuja muri Tombora ibaha amahirwe yo gutsindira ivyo twavuze hejuru
Ukaba utariyandakisha muri 1TBet fyonda kuri https://1tbet.bi/ canke *789 # hama uryohererwe akarusho k'ibice 100% vy'amahera mushizeko ubwa mbere
Iyi tombora muzoyikurikirana ikibiraraho ku mbuga hwaniro (Facebook) za Lumitel na 1TBet hama mumenye abatsindiye udushimwe
30/04/2025
TUNGANYA INGESO ZAWE NKUWUGOMBA APFE UBU NYENE KANDI IY'ISI UYIBEMWO NKUWITEGUYE KUYIVAMWO
Abantu turifuza kuzogira iherezo ryiza ahandi umuntu ukumva avuze ati:"nukuri Imana niyabona ko hageze ko pfa izobanze impe umwanya wogutunganya kugirango nitahire amahoro!nukuri ibi ntawutovyifuza ariko twama tubibona harabagirirwa ubuntu imbere yuko bapfa bakitunganya nabandi urupfu rutwara giturumbuka.ntibaronke umwanya wokwitunganya.
Umuntu abaho atinya iherezo ryiwe ariko ntamenye ko buri munsi abaho mw'iherezo ryiwe k*ko umuntu abaho umunsi ku wundi kandi ashobora kuva kw'isi umunsi utarahera Canke uwundi utaratangura k*ko mumenya igihe mumaze kw'isi ariko ntimumenya igihe musigaje kw'isi nico gituma buri munsi ukwiye kuwufata nk'uwanyuma kandi ukabaho buri munsi utagira ijwi rikwagiriza ikibi mu mutima,wame wiyeza nkuwugira apfe ubu nyene.
YESU ATARAZA URUPFU RWOZA
HARANIRA KUBA UWERA MU MUTIMA
Mwame mukenyeye, kand' amatara yanyu yame yaka: namwe muse n'abantu barorereye shebuja, igihe agarukira ava mu bukwe, ngo ni yaza, akaramutsa, bace bamwugururira.Hahirwa abo bashumba, abo shebuja azosanga bari maso: ndababgire ukuri: Azokenyera, abicarike, aze, abagaburire.Ni yaza mu gicugu canke mu nkoko, akabasanga artyo, bazoba abahirwe.Kandi mumenye iki, yukw iyaba nyen' urugo yar' asanzwe azi igihe igisuma kiziramwo, yogavye, ntiyokunze kw inzu yiwe yimbga.Namwe mwame mwiteguye, k*k' Umwana w' umuntu azoza mu gihe mutiyumviriye.
🖊️LUKA 12: 35-40🖊️
Wewe utari maso ni wikangure, aha mw isi si iwacu, iwacu ni mw' ijuru aho Yesu yagiye kudutegurira kandi ntawuzi umusi canke isaha ariko ibiranga ukuza kwiwe ibiraboneka birihuta gushika.
IMANA IZOGUHE IHEREZO RYIZA
Yesu ababe hafi muri vyose
29/04/2025
Voici quelques conditions pour discuter avec les fans de Messi.👇
1)Avoir marqué au moins un but en élimination directe de la coupe du monde. 🤣
2)Avoir 08 ballons d'or 🤣
3)Avoir 06 souliers d'or 🤣
4)Avoir gagné 08 fois FIFA the BEST 🤣
5)Avoir touché une fois la coupe du monde 🤣
6)Avoir fait bisous une fois à la coupe du monde 🤣
7)Avoir touché une fois un ballon de la finale de la coupe du monde 🤣
8)Avoir dis une fois que mira bobo 🤣
9)Avant de parler, il doit poser la coupe du monde d'abord. 🤣
Sans ça chers fans avec tout le respect, ne discutez avec personne. 🤣
29/04/2025
Lamine Yamal le futur Ballon d’or 😍😘🙌🤩
Impossible de ne pas l’aimer 💙❤️
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Culinary Team
Attire
Website
Address
Musenyi