Ange Bénigne
Burundi 🇧🇮🇹🇿🇷🇼 Actress🎬 Journalist 📢 Hair Care 🪮🧴
Muhe Udutima na Like Umuvugizi Wanyu Wumwaka ��
��
04/09/2026
Hello Ncuti Zanje🫡 Nizere Ko Mumeze Neza Ahomuri,Natwe Turaho🙏
Uburero Nje Kuyaga Nabafan Bumupira Wamaguru Aha Mu Cane Cane Aba Fan Ba Ngozi city .
Uyumukinyi Uwumutora Amazina Yiwe Ubwambere Acazana Lumicash Yiwe Inbox Muhe Akantu
01/09/2026
Umurwi wa Rukinzo football club uza gufata urugendo kuri uyu wa kabiri rugana muri Afrika y’Epfo gutana mu mitwe na Durban City mu nkino z’igikombe ca Coupe de la Confédération.
Abakinyi 23 Nibo bahava bafata urugendo uyu munsi 14h ni:
Abanyegori:
1. Nkurunziza David
2. Harerimana Leuigen
3. Ntiibankundiye clovis
Abakinyi binyuma:
4. Nizigiyimana Amissi
5. Magambo Ally
6. Nahimana Lebon
7. Salum Omar
8. Mutimana Patrick
9. Haruna Hakizimana
10. Mugisha Blaise
️Abakinyi bo hagati:
11. Icoyitungiye Alain
12. Ndikumana Dieudonné
13. Ndikumana Kevin Djuma
14. Ndikuriyo Amissi Issa
15. Abdoul Rahman Rukundo
16. Kazozakeza Seif Hakim
Abasatirizi
17. Ininahazwe Jean Claude
18. Maniriho Destin
19. Ntakirutimana Freddy
20. Irakoze Nicolas
21. Gaby Patrick Mawazo
22. Bigirimana Christian
23. Ninziza Gael
01/09/2026
VIATEUR Umukinyi wa NGOZI CITY Akina Inyuma
POWER Gafotozi Wa NGOZI CITY Abikora Neza Aha Ingozi Kugasaka
Erick Umusamyi wa Ngozi city
Iyo Twishimye Rro Duhejeje Kuvutura Akagwi Ki Bujumbura 🤣🤣🤣🤣🤣
Ikibazo Mfise Umunwa Muremure 🤭🤣🤣
31/08/2026
Ngozi city ♥️🤍🖤
Umukinyi Wacu SAMIR Akaba Yararonkejwe Agashimwe Nabafan Ba NGOZI CITY Kuberako Yitwaye Neza Murukino Agatuma Tugera Nokutsinzi Kuko Niwe Yinjije Igitsindo Cakabiri(2) Cumugwi Wa NGOZI CITY Mugihe INTER STAR Yo Yatsinze Igitego Kimwe(1)
31/08/2026
Abakurikiye Urukiro Gwejo Gwa Ngozi city na Umuhungu wacu Amani Na Cedric wa Inter star Mubahaye Angahe kwi cumi ?/10
30/08/2026
Aba Bakinyi Wabamenye Wew?
Tubwire Nibande Nimba Ubazi
30/08/2026
🎊🫂Twagiye kureba Match Ya Na
2
1
30/08/2026
Ikaba Iramowe Na Ngozi city 🎊🎊🎊🎊🎊🎊
FT
2
1️⃣
Address
Ngozi
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Ange Bénigne posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.