Mr Key Bdi

Mr Key  Bdi

Share

Mr key bdi

Photos from Mr Key  Bdi's post 01/08/2026

🔥🔥⚽⚽⚽ ZIMWE MUNKINO ZAKIVANDIMWE ZIMAZE KURANGIRA NUKU ZIGENZE

Follow to👉

Photos from Mr Key  Bdi's post 01/08/2026

💥⚽⚽⚽ ZIMWE MUNKINO ZAKIVANDIMWE NUKO ZARAYE ZIGENZE 🔥💥

Photos from Mr Key  Bdi's post 31/07/2026

✅🔴👊BARCELONA; FT Match Yibisazi match yariryoshe cane Tayari birangiye bose Arabagwanyi atawutsinze undi. 🔥🔥

⚡▪️urukino rwakabiri rwakivandimwe rwa Fc Barcelona rurangiye banganije ibitsindo 2-2 na Birmingham City

🔥Amateka adasanzwe kumwana Hamza wa Barcelone ateretsemwo double maze atuma Fc Barcelone inganya na Birmingham

🔴FT:Birmingham City 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 2-2 Barcelona 🇪🇸

31' ⚽️ Priske
42' ⚽️ Abdelkarim *Penalty
60' ⚽️ Abdelkarim
68' ⚽️ Solis Romero 🅰️ Klarer



👊👊👉Ndabaza nti abaravye urukino Karim Adeyemi mwamubonye gute ??

Photos from Mr Key  Bdi's post 30/07/2026

🔥 💥 ZIMWE MUNKINO ZAKIVANDIMWE NUKO ZARAYE ZIGENZE

Photos from Mr Key  Bdi's post 29/07/2026

🔥⚽⚽ UKU NIKO INKINO ZIMWE ZIMWE ZARAYE ZIBAYE KUMUSI W'EJO NUKU ZARANGIYE

🌍 WORLD CLUB FRIENDLIES
🇳🇱 PSV 3️⃣-0️⃣ FC Eindhoven 🇳🇱
🇪🇸 Mérida 0️⃣-2️⃣ Al Nassr 🇸🇦
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Aston Villa 2️⃣-4️⃣ Real Sociedad 🇪🇸
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Derby County 1️⃣-2️⃣ Valencia 🇪🇸
🇪🇸 Real Madrid 4️⃣-1️⃣ Leganés 🇪🇸
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Chelsea 6️⃣-4️⃣ WS Wanderers 🇦🇺
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Stoke City 1️⃣-0️⃣ Everton 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿
🇸🇦 Al Ahli 1️⃣-1️⃣ Fulham 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿

🇸🇪 SWEDEN SUPERETTAN
• Landskrona 0️⃣-1️⃣ Norrköping
• Helsingborg 1️⃣-1️⃣ Nordic Utd

🇮🇱 ISRAELI TOTO CUP
• Kiryat Shmona 3️⃣-0️⃣ Maccabi Haifa
• Hapoel Haifa 3️⃣-1️⃣ Ironi Tiberias

🇮🇸 ICELAND DIVISION 1
• Aegir 0️⃣-1️⃣ Njardvik
🌍 UEFA CHAMPIONS LEAGUE

🇬🇮 Lincoln Red 0️⃣-0️⃣ Mjällby 🇸🇪
🇮🇪 Shamrock Rovers 2️⃣-1️⃣ Ararat-Armenia 🇦🇲🇫🇮 KuPS 0️⃣-2️⃣ Sabah Baku 🇦🇿
🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 Hearts 0️⃣-2️⃣ Sturm Graz 🇦🇹
🇭🇷 Dinamo Zagreb 2️⃣-2️⃣ Thun 🇨🇭 (AET 3️⃣-2️⃣)
🇸🇮 Celje 1️⃣-1️⃣ Egnatia 🇦🇱 (AET 2️⃣-2️⃣, Celje won 4️⃣-1️⃣ on penalties)

🗺️ AFCON WOMEN

🇳🇬 Nigeria 2️⃣-3️⃣ Malawi 🇲🇼
🇿🇲 Zambia 6️⃣-0️⃣ Egypt 🇪🇬

🌍 UEFA CONFERENCE LEAGUE

🇽🇰 Drita 1️⃣-1️⃣ Floriana 🇲🇹 (AET 2️⃣-1️⃣)
🇨🇾 Apollon Limassol 3️⃣-0️⃣ Dila Gori 🇬🇪
🇧🇬 CSKA 1948 0️⃣-0️⃣ Spartak Trnava 🇸🇰 (CSKA 1948 won 5️⃣-3️⃣ on penalties)
🇱🇻 Riga 1️⃣-2️⃣ Vardar 🇲🇰 (AET 5️⃣-2️⃣)
Follow my page

Photos from Mr Key  Bdi's post 28/07/2026

🔴🔵BOOM!!!! Real Madrid inyagiye Léganes ibitsindo bine vyose kuri kimwe murukino rugira kabiri rwa gicuti (4-1)

⚽️Ibitsindo vya Fede Valverde ,Mastantuono ,na Gonzalo García nivyo bihaye itsinzi Real Madrid imbere ya Leganes⚽️⚽️🔥

👀FT: Real Madrid 4-1 Leganes

🔶️ Abakunzi ba Real Madrid mwakiriye gute ino ntsinzi💯

to

Photos from Mr Key  Bdi's post 26/07/2026

🔥🔥⚽⚽ UKU NIKO INKINO ZAGICUTI ZARAYE ZIGENZE MURI RINO JORO RYAKEYE 🔥🔥💥

Mr Key Bdi

Photos from Mr Key  Bdi's post 20/07/2026

🚨✨🔥 MATCH TERMINÉ 👍🏼 FULL TIME ✅ 📺 🎙️ ⭐ ESPAGNE NI YO MUGANUZI W'ISI! ⭐
🇪🇸 Igitsindo c'amateka ca Ferran Torres cahaye La Roja intsinzi ikwiriye batsinze Argentine, bituma biyambika inyenyeri ya kabiri ku mupira wabo w'igikiriza. 🔥🔥✨✨

Espagne 1️⃣⚽-0️⃣⚽ Argentine 🔥🔥✨

Mr Key Bdi

19/07/2026

🔴🔛 NTIBISANZWE 😍🤣Erega vyahindutse Karate nyuma yo gukosorwa na ESPAGNE 😄😄😄

Mwite nyuma yokwumva match irangiye yihutiye kugwana na 😂😂 inyuma y'urukino 🤯

Kumbe Argentine batsindwa nabi 😭

Photos from Mr Key  Bdi's post 19/07/2026

MBEGA MATCH YIBISAZI🔥🔥🔥🔥🔥UKU NIKO VYARAYE BIRAGIYE HAGATI Y'IYI MIGWI
⚽️ FT: FRANCE 🇫🇷 4-6 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 ENGLAND 🙃

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Ruyigi?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Address

Bujumbura
Ruyigi
BP30RUYIGI