Exode kang GI tan

Exode kang GI tan

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Exode kang GI tan, Korea, Bujumbura.

06/03/2026

abakobwa ukunt bagiz ikigorwe umengo ntibimana vrt 🥱🥱🥱🥱

06/03/2026

la famille naho mfise gato ndatinya vrt
🤣🤣🤣🤣🤣

06/03/2026

Ivyo bintu nivyo none !? hariho abo zanyitse !?

05/03/2026

Aka kantu ngo:
Yanyoy'Urumogi !?🤔
Kumengo abantu barijajara sana? 😁

04/03/2026

abant muguma muvuga ngo urukundo gukuri ntirubaho mwageragej nokurijew murab
🥱🥱

03/03/2026

chr ndaguposting cnk ndeke nogukwegera 🥱🍫🤳

03/03/2026

Igihugu c’uburundi guhejeje kugabisha IRAN arihamwe ngo cobona nakotsi gaciye hejuru. Erega nu Burundi bwarikomeje🤭🤭

27/02/2026

La Famille Ku myaka yawe
ni ikihe kintu kizimvye utunze?😇

26/02/2026

jew namaze kuronka ahonzoshikira vrt

25/02/2026

ubu inzoga narahevye kbx ukanzobona ndiko ndanwa inzoga unzomenye ko ndiko ndahimbaza umusi nazihebeyeko 🙌✌️🍺

25/02/2026

None Uwo Muntu Afise Akajisho Kamenetse Ninde ??? 😃

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Culinary Team

Attire

Website

Address

Korea
Bujumbura