Ihunja Tv
๐๐๐๐๐๐ ๐๐ฏ โ Ni urubuga rudufasha kumenya vyinshi bigezweho muburundi, muri Africa, Hamwe no kw'isi yose.
Turafasha kandi tugashigikira impano mukumenyekanisha ibikorwa vyabo. Ukaba wipfuza kwamamaza wotwandikira kuri whtsp ya 79058614.
09/09/2026
https://youtu.be/VWp_zVgoDN8?si=dAalJnS37MSpS7Su
INZIRAKARENGANE - PART 5 - Abel NDUWAYO, Audace Classic, Aimรฉe Chanelle, GA TV Ubu ko INZIRAKARENGANE iza yamaze kumenyekana twirabire Sasa ingene...
31/08/2026
Umukinyi wa Cinรฉma Angely, nawe nyene arabipfurije umunsi wambere mwizaaaaa
31/08/2026
Umwana na Nyina barabipfurije umunsi wambere mwizaaaaaa.
Tubibutsa kandi ko FILMS zigezweho zibandanya gusohoka, aho muri iyi minsi hagezweho film yitwa INZIRAKARENGANE, aho igeze kuri Part 4.
Urashobora kuyiraba uciye ngaha
๐๐๐
https://youtu.be/LPa0L1gRh2U?si=4EQFsn7OWJj5peTU
Turabakunda cane fans
28/08/2026
Film INZIRAKARENGANE PART 4, Abel Nduwayo umukobwa wiwe yamutwariyeko igitwarire ๐ญ Madame wiwe avyivanzemwo amumereye nabi ๐๐ปโโ๏ธ FILM nibwo igitangura
WHATCH & SHARE
๐๐๐
https://youtu.be/LPa0L1gRh2U?si=Z9oyLPY_m6et8VGu
https://youtu.be/LPa0L1gRh2U?si=Z9oyLPY_m6et8VGu
BALIKIWA SAANA
26/08/2026
Jeje Anitha wa MR SAMMY atuzaniye film nziza yitwa FAKE LOVE, ikaba izobonekamwo kandi umusore mukunda cane SAHILI.
Link muri commentaires kuri Ihunja Tv
fans
IMANA Ishimwe kuko ya soko barahejeje kuyizimya.
ISOKO yo mukinindo nayo nyene ngo piii ๐ญ๐ญ๐ญ
uwu muriro ngira n'uwa satani ๐
24/08/2026
Ni bangahe bariko barakurikirana Film IBANGA RY'AMARASO ??
umwigeme wanyu Cadeau Ravelle mubona ariko yitwara neza?
23/08/2026
Film ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐ซ๐ญ 3 aho iwanyu yaramaze kubashikira??? Mubona twomuha amanota angahe twisunze ingene yakinye neza muri iyi film??
Ukaba utarayiraba, ndagusabe ntiwirengagize kuyiraba kuko irimwo uburyohe bwinshi.
๐๐๐
https://youtu.be/YGz7z5C_8ZM?si=q0EhHiXP4Iv9gHF7
https://youtu.be/YGz7z5C_8ZM?si=q0EhHiXP4Iv9gHF7
fans
Mimi Mireille
BURUNDI BWACU
BURUNDI MON PAYS
BUJUMBURA๐ง๐ฎ
MPAWE Promoter
23/08/2026
Gรฉnรฉral Major Evariste Ndayishimiye, le Prรฉsident de la Rรฉpublique du Burundi.
BURUNDI MON PAYS
BURUNDI BWACU
Click here to claim your Sponsored Listing.