Kent'o news
✅️content creator
✅️welcome to my page
✅️Follow me
✅️🇰🇪🇧🇮🇹🇿🇷🇼🇺🇬🇨🇩
✅️come enjoy together ❤️
✅️Zana page Dugufollowinge
22/06/2026
Guys ndabasavye muri nukuri umurundi w'umutima ankorere ntangur 🙏 muzane page zanyu
Munfashe mubishatse mwobinkorera
22/06/2026
akinyuma🤣
kuva abakobwa bagiye inama yokutagitanga mubarongoye musore nayo ihisemwo guca inzira yahagufi ngo ntamikino🤣🤣🤣🤣
ubona yoba avuka mwikaritiye iyihe ngaho bujumbura ko yishavuriye?😁 abahungu mureke kutumaramaza murongore 😂 'o news
22/06/2026
ubigejeje hehe?? Jew akazi nakarangije🤣😂 muze uyumusi akanya ndagafise
mukwiza imyaka 22 mukiba iwanyu babirukane 🤣🤣
21/06/2026
kuri page yawe akokantu karahari??genda urabe ugire set up
😁😁😁 iragumuka yantaye ica impa gusa
Rero reka ndabasabe munkorere ndabeko vyocamwo gusa ivyabarundi biragoye 😀😁😁 ariko ndabakunda kukuntu muguma munshigikira 🫡🫡
binzobe barahumiwe
20/06/2026
aho uherereye kano kagurwa angahe??? 😂😂 ibintu ntibizimvye muburundi gusa naha mbona arikibazo
kano kagurwa 30 rero 44 urabe amahera utora mumarundi 😂
20/06/2026
by ft big fizzo umusaza mugukora collaboration zubwenge
Indirimbo niyumu wa mr champagne nkuko beshi tubizi😂😂 ariko kandi mutayicikwa guko iraryoshe ifise n'amasanamu meza cane
Muze abana biwacu guko barashoboye 💪💪💪💪 mwibuka knd gukora kuri kent'o news 🙏🙏🙏😘
20/06/2026
🙄😁 amakuru yaka kanya kubijanye ninkino z'igikombe c'isi kirikubera
Bamaze kuvuga yuko ubu kubantu bari American bitoroshe kubona udukingirizo 😁
Bivuze yuko niyo bwakomeza kubura bagiye gusaba intererano 🫵😂 gusoma ivyo nanditse ntiwishinge kuraba wewe🫵🫵😁
20/06/2026
news
Hano hari imirwi ibiri yaraye isezerewe mugikombe cisi ariyo
1 Haiti
2 Turkiye
Mwibuka yuko umurwi wa turkiye atarukino narumwe yigeze itsinda😁😁😁 wabaye nk' igihe ija gukina chane yavuyeyo atarukino narumwe itsinze😁😁🙄
Ndabasaba gukora
Click here to claim your Sponsored Listing.
Website
Address
00100