Irambona Yves
life advices
31/05/2026
With Mr. MBONA β I just got recognized as one of their top fans! π.https://www.facebook.com/profile.php?id=61587999896418
31/05/2026
With Oppa Huy IDol β I just got recognized as one of their top fans! π
28/05/2026
*Kubana n'abantu neza ni vyiza ariko bizogusaba ikiguzi co kwihanganira amakosa yabo*
π§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈπ§ββοΈ
28/05/2026
*Gusuzugura umuntu utazi kazoza kiwe ninko kurandura igiti utaziko arico kizovako inkoni (ishami) uzokwishimikiza mu busaza*
βοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈ
28/05/2026
*Ntugategwe ubwoba n'abantu kora ivyawe usize ivyizigiro ku mana gusa, kuko abantu bo ntaco bazohindura kuco imana yateguye ko uzoba*
π«π«π«π«π«π«π«π«π«π«π«π«π«
28/05/2026
*Niba warahemukiwe ukumva ububabare n'agahinda biri murivyo, nawe uze wirinde guhemukira abandi*
βοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈβοΈ
28/05/2026
*Nivyo mu buzima biragoye kumenya umugenzi ny'akuri n'uwutariwe, Ariko har'ibihe uzogeramwo bikwereke incuti zawe ny'akuri n'abafise ico bakurondera ko gusa*
π€π€π€π€π€π€π€π€π€π€π€π€π€
Inama y'umusi
12/04/2026
π Vini Jr.
β¨ Jugador Cinco Estrellas Β· March | Marzo
β½ Futbol Mahou
06/04/2026
I'd love to share the Verse of the Day with you!
β1 Chronicles 16:24 NIVβ¬
[24] Declare his glory among the nations, his marvelous deeds among all peoples.
https://bible.com/bible/111/1ch.16.24.NIV
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Nairobi