Victoria+257
Artiste Burundi victoria
Turning pain into power ful melodies
Real stories raw emotions
Born globally felt
Collabs & bookings
12/05/2026
Aba bahungu bacu bazoduhanga nuwutashoboye guteka ntabura ivyonona none nkino ntebe ngaha yayivuna yari kwisigura gute??
kagashimwe vyarangiye akaguze muraraba yamburugini ya Simbizi Wa Semavumba kwitabigiriyemwo
11/05/2026
Aba Real Madrid C.F. mwaraye musinziye???🤣🤣🤣🤣🤣👇👇
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣👇👇👇👇
10/05/2026
Iki kiganiro naco nocanje👇👇👇👇👇👇
Victoire na Fafa biranse ko Bihangana/umwe uko abakobwa n'abahungu urukundo baruhinduye ubusambanyi Enjoy the videos and music you love, upload original content, and share it all with friends, family, and the world on YouTube.
10/05/2026
Hagati ya na ninde uha amahirwe??
10/05/2026
Urutwonde rugiye kurimbura 𝐊𝐄𝐅𝐀𝐒𝐈 𝐏𝐑𝐎
10/05/2026
Amakuru yakano gashimwe yose ndayatanga ndayahawe na Simbizi Wa Semavumba kuko nohava nsanga mvuze ivyontanzi
ingo umpe ayo makuru
10/05/2026
Uyu musi dutegerezwa gutanga akarorero kuyindi mirwi twerekane ico Victoria+257 asumva 𝐊𝐄𝐅𝐀𝐒𝐈 𝐏𝐑𝐎
Ikinico kiganiro canje maze gukora kirimwo ukuri nibanga ryose kubuzima bwanje hamwe nimibereho yabantu muri
Nina
Victoria+257
08/05/2026
Iki kiganiro nivyose👇👇👇🤣🤣🤣
#Naramuriye#Djicia #victoria ntaco asigiye abakobwa bagizimisi bidodomba ngo ntibarikurongorwa🤣 Enjoy the videos and music you love, upload original content, and share it all with friends, family, and the world on YouTube.
Click here to claim your Sponsored Listing.