Ihuriro ryabakiri bato

Ihuriro ryabakiri bato

Share

kure hashoboka

01/08/2026

Pacifique ndazi ko unkurikirarana uze kunyishurira uwu mwene data ivyo yakubajije

Shikanira Ubu butumwa kwa Pacifique Nininahazwe
Ibibazo 11 Pacifique nshaka ko atwishura areke gukoreshe ama compte anonymes antuka,

1. naba Jeunes bangahe muri 2015 bagiye mumyiyerekano mwatunganije, mwashoboye gufasha guhunga?

2. Mwebwe nimiryango yanyu kovyoroshe komushika iburaya, Viza, ama passports ama tike mwarimwabirondeye ryari?

3. Mbega urwaruka mwarikumwe mumyiyerekano mwari mwarukoresheje inama kugira narwo rwicarane passport, viza, ticket zuguca ruhunga mission yeshuwe?

4. Mwarimwakoze umugambi Plan B, murayitegurira nkiyizobafasha ariko abandi mubagumiza muri Plan A yonyene?

5. Mwotanga umuco ingene imyiyerekano ya 2015, yavugako mwanse umu Perezida atwaye ibirongo 3, ariko benshi muca muhungira kumu Perezida atwaye ibiringo birenga 5 ?

6. Ni kuki abo mwarimusangiye ico mwita urugamba rwukurwanya Reta muri 2015, mumwanya muto mugeze hanze, namwe mwaciye musubiranamwo mutacumvikana? burya sicerekanako igihugu mwashaka mwariguca mukiryaniramo ibara rikaba riraguye, yamahoro numutekano intwari zaharaniye mukaba muyasutse hasi kandi?

7. Ni kuki uwuvuze iciza na kimwe ca Reta muca mukora imbuga zokumurwanya, ngomunugaze urubuga rwiwe, ngo akorera iperereza canke ahembwa niperereza ariko uwuvuga ibirwanya Reta ataco imuhanura naho yovuga ibishegu? ariko hagize uwuvugako nawe uhembwa nabakoroni ugashavura cane?

8. Nimba ukunda igihugu, niyihe nyungu wumva uriko uvuguruza indongozi zigihugu? mbere ugaca ubishira muzindi ndimi kandi abo wabwira bari abarundi gusa, uba ushatse guha ubutumwa bande kandi uziko igihugu cawe cikukiye gishaka kwigenga, ibibazo bigakemurirwa hagati yabarundi bene mugabo umwe

9. Burya uracari mumurongo wabakora nkishirahamwe ridaharanira inyungu, ivyicaro vya politike canke wasanze warihenze uri mubaharanira ivyicaro vya Poltike?

10. Nkumuntu wize amategeko, kuba warayanyaze, abomwarikumwe ugasiga ubataye, mumategeko wewe nuruhe rubanza wokwi

29/07/2026
28/07/2026

ibintu bikomeje kwanka mu gwaruka gwuno musi nkubwiyagasha bahaye bakora wokwumigwa ukeneye kureba video yiwe gira na

28/07/2026

👇

Mimba uciyuja kwiraba kurutoki urimb... a

05/07/2026

Ukaba ujunda ingabo zigihugu shira idarapo muri coment 🇧🇮

02/07/2026

uburundi hejuru ntiturigera dutsindwa narumwe kuva isi yaremwa🤣🤣🤣🤣🤣🫣

01/07/2026

me pls

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Nairobi?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Address

Nairobi