Kevin Brown promoter Bdi
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kevin Brown promoter Bdi, Health/Beauty, Nairobi.
27/08/2026
26/08/2026
đ„ đ©Uwu mwaka bizoba bikomeye cane đ„đ„¶,FC Barcelona yavumbuye ubundi buhinga bwa Drone kugira
irinde abakinyi bayo batagira akabakomakoma ngo kabateshe intumbero âŒïžđ„¶đȘđ„
đšâđ»âĄïžAbajejwe umutekano ba Barça ubu bakoresha drone kugira bakurikirane inzira zo kwinjira muri Ciutat Esportiva ahakorerwa imyimenyerezo, bongere bamenye neza inzira zidasanzwe zikoreshwa nâabantu, kugira bifashe abakinyi gusohoka ata ngorane.
â Mu 2024, habaye ikibazo kijanye na Iñigo MartĂnez, aho yigeze guhura nâurwaruka rwamututse igihe yariko arasohoka mu kibuga câimyimenyerezo.
Muri Gitugutu 2025, Hansi Flick na we yasavye abakunzi bâumupira kubaha abandi, inyuma yâinyifato idakwiye yabaye ku bakozi bâumutekano.
â ïž Ivyo nyene vyongeye kuba uno musi kuri Rodri, aho yari akikijwe nâabakunzi bashika hafi kuri 80.
Umudagi aba yateguye impande zose
đČ Nkâuko ibivuga.
đ°
22/08/2026
: Nibisanzw birahimbaye kubafana ba Stade Santiago BernabĂ©u ni yo yonyene muri La Liga aho abasifuzi batazotanga canke ngo bagire ibiganiro nâabanyamakuru imbere canke inyuma yâumukino muri iyi sizoni.
Bernabéu ni yo stade yonyene mu ma stade 20 ya La Liga itazokurikiza iyo porotokole nshasha yo gutuma ibintu birushiriza kuba mu muco. Ivyo bivugwa ko biva ku mabwirizwa ya Real Madrid abuza abatanga amakuru ya televiziyo gukoresha neza uburyo bwo guhuza amakuru (connections).
Ku zindi stade zose za La Liga, abasifuzi bazokwemererwa kuvugana nâabanyamakuru imbere yâumukino no inyuma yawo.
â Sport
'
20/08/2026
: Ntarindi zina riri mwitangaza makuru aka kanya atari Hamza ,Bamwe mbere batanguye no kumwita Haaland mushasha wa Barça âŒïžđ„¶
âĄïž Ibitsindo 5 mumikino 4 bivuzeko adasohoka adatsinze đ±Uko Hamza Abdelkarim agenda mu ri Surface de reparation ni kimwe mu bintu bitangaje cane mu mukino wiwe. Afise ubushobozi budasanzwe bwo gutahura aho igikorwa kigiye gushika, nâimbere yâuko akaryo ko gutsinda kaboneka.
Ubwo ni bwo buhinga nyabwo twipfuza kubona kuri rutahizamu wa No. 9.
â Gutahura neza ibigiye kuba imbere yuko biba
â Kwifata ahantu heza kandi ku gihe nyaco
â KwiremĂ©ra umwanya wo gukiniramo
â Guhora aronka uburyo bwo gucika uwumucungera
â Kwihuta no kwinyeganyeza neza imbere yâizamu
Ikintu gitangaje kuruta ibindi ni ukuntu asa nâuwama azi aho akwiye kuba, mu buryo busanzwe. Ntarindira ko akaryo kaboneka; agenda kare, agatahura ibiriko biraba, hanyuma akishira ahantu umupira ushobora gushika.
Iyo niyo shusho nyayo ya rutahizamu wâukuri imaze kuboneka neza muri we.
Arazi aho akwiye kuba imbere yâuko abandi bose babimenya.
Ubu amaze gutsindira Barça ibitego 4 mu mikino 5 ya prĂ©-saison, kandi mu mikino iheze yabaye umwe mu bakinyi beza cane bâikipe.
Barça bivugwa ko iriko irarondera rutahizamu mushasha, ariko kumbure umuti wâikibazo bawufise imbere yâamaso yabo.
đȘđŹ wâUmunyamisiriâ â umukinyi wâumuhinga cane ariko aradodora muri equipe ya mbere đȘ
đ°
18/08/2026
Umwe wese yicagurire ngaho hepfo
09/08/2026
OYA URU RUGO RUZORAMBA VRT
NTAMUNTU AVUGA NEZA KURI FONE NKUMUKOBW MUBI KWISURA
SATAN ntakibose kl ub arabohoye ibaze narose yishuye facture wmva gt ???
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Kevin Brown promoter Bdi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.