Cédric kezumuremyi
Imana ninziz ntahitokur umunt cnk ntah itomushikan
24/07/2026
MASHASHA — Abatoza ba Real Madrid baranezerejwe cane n'urugero Arda Güler yerekanye. 🇹🇷⭐
💪 Uwo mukinnyi wo hagati wo muri Turukiya yagarutse mu myimenyerezo ameze neza cane ku mubiri kandi yiteguye neza.
👏 Ubunyamwuga bwiwe, ukwitanga n'ingene ameze neza vyarakoze ku mutima abatoza bayobowe na José Mourinho.
🚨🗞️ Isoko y'amakuru: Diario AS.
27/06/2026
✅🔴👊BREKING erega Vyabintu vyakomey kaze umenye uko transfer ya Julián Alvarez bimeze 🔥🔥
▪️⚡Nkuko bihejeje kwemezwa na mundo deportivo ngo Julian Alvarez ubwiwe arasaba atletico kumvako atacipfuza kuyikinira
▪️⚡Uno musore ngo akomeza gusaba Atlético Madrid ko yotahura ko atagishaka kuguma mumurwi wabo bamureke yigirie muri FC Barcelona aje kuzuza indoto ziwe
Ngo julian Alvarez aripfuza cane gukinana Pedri na Lamine Yamal no kumenyerezwa Numudagi Hansi Flick.
👊👊👉Ndibaza nti ko agifise amasezerano atletico nayo yase vyose atagiye azobaho gute?canke bamureke yigire
26/06/2026
🚨Mbega Mbega Ousumane Dembélé arahumaganye igice ca mbere kirangiye atsinze Ha-trick wenyene imbere ya Norvège!⚽️🔥
FT: NORVÈGE 🇮🇸1-3 🇨🇵FRANCE
26/06/2026
✅🔴 Ibi nivyo bihugu 19 muri 32 biramaze kuronka itike ryo kuzokina 1 ca 16 gishira icanyuma mugikombe c'isi 🌎 :
🇦🇷 Argentina
🇦🇺 Australia
🇧🇦 Bosnia and Herzegovina
🇧🇷 Brazil
🇨🇦 Canada
🇨🇴 Colombia
🇨🇮 Côte d'Ivoire
🇪🇨 Ecuador
🇫🇷 France
🇩🇪 Germany
🇯🇵 Japan
🇲🇦 Morocco
🇲🇽 Mexico
🇳🇱 Netherlands
🇳🇴 Norway
🇿🇦 South Africa
🇸🇪 Sweden
🇨🇭 Switzerland
🇺🇸 United States
Igihugu ushigikiye kiramaze kurengana ?
26/06/2026
🚨 Rio Ferdinand bamubajije kubijanye na ballon d'or y'uno mwaka(Umu legend wa Manchester United) ati:
🎙️Gutora Vinícius jr nk’uwukwiye Ballon d'Or gushika muri Kano kanya?
« Viní jr ariko arerekana urwego rudasanzwe muri iri higanwa ry’Igikombe c’Isi ari kumwe na Brésil. Biriko bitwibutsa wa Viní jr twabonye yambaye umwambaro wa Real Madrid mu mwaka umwe canke ibiri iheze 🔥»
🇧🇷🔥 Bino bisigura ko Rio Ferdinand abona ko Vinícius Jr ariko asubira kwerekana wa mupira w’igitangaza yigeze kuba yerekana igihe yari ku rwego rwo hejuru muri Real Madrid 2024🔥✅.
Kubwawe Ballon d'or y'uyu mwaka Urabona izotaha Kwa NDE ?
Nturengane udafyonze kuri 🙏
✍️ Jëph khãn official
26/06/2026
🥺👏🤍 ARDA GÜLER QUITTE LA COUPE DU MONDE LA TÊTE HAUTE.
La Turquie est éliminée, mais sa plus grande pépite a offert une dernière prestation mémorable.
Pour sa toute première Coupe du Monde, Arda Güler a inscrit son premier but dans la compétition et a été élu Homme du Match.
À seulement 21 ans, il a prouvé que la plus grande scène du football ne lui faisait pas peur.
Il quitte le tournoi plus tôt qu’il ne l’espérait, mais une chose est certaine : ce Mondial n’est que le début de son histoire.
🇹🇷✨ L’AVENIR DE LA TURQUIE A UN NOM : ARDA GÜLER.
Je fais partie du top 14 % des fans de Ghajini Cedro. J’ai gagné 878 points sur sa liste des interactions hebdomadaires la semaine dernière.
26/06/2026
🚨 Ibitsindo 175 vyose nivyo bimaze kwinjizwa muri kino gikombe c'isi. ⚽
Nibwo bwambere ivyo bitsindo vyose bibonetse hakiri kare nk'uku mumateka y'iryo higanwa.
25/06/2026
25/06/2026
Congratulations to B.Face
Click here to claim your Sponsored Listing.