Chérubin

Chérubin

Share

Good music in to the world��

Am Buja flavour artist�So Guyz,i would like you to support my music.As long as i will do my best
to make sure am producing good music for you to listen..Love you all...RESPECTING YOU ALWAYS����turikumwe vyose birashoboka

08/02/2026

Mbega JATA Remix yaragushikiriye aho uherereye?
Nkumu fan w'umuziki wompanuriki?Mbandanye canke si ivyanje?

Link muri comment👇👇

17/01/2026

Aka kantu ndagahe nde?mbe iwanyu mukitwa gute?(How do you call this one in your region?)

03/01/2026

Ibaze nkumuntu afata umwanya akagukorera ifoto nkuku👇Guyz ntawankwa na bose kandi ntawukundwa na bose.Abankunda n'abanyanka bose jewe ndabakunda👊Thank you Tiger🙏🫶

02/01/2026

Happy new year🎊🎊🎊🎊🎊🎊
2025 nakoze 3 songs kandi ndabashimira abanshigikiye bose(les journalistes,promotors,namwebwe mwese munkurikirana)
Ni igiki mwakunze mu ndirimbo zanje?
Ni igiki mubona nokosora?
Ni igiki mubona nokwongerezamwo inguvu?
Ndabakunda caneee🫶big up sana👊👊

01/01/2026

Muri Christo niho honyene hari ivyo ukeneye vyose.

30/12/2025

Mvugira uti:"AMEN"

29/12/2025

BURUNGA ft BUTANYERERA🎙️🔊

Abanyegereye mbaye ndabibira ibanga
umwaka wa 2026 uzotangura tubwira incuti n'abagenzi bari kure yacu ko tubakumbuye.

Woba ufise umuntu ukumbuye cane?
mu tahamagare muri commentaire🔥

Let's gooo!!!!!!!!!!!

28/12/2025

Mumvugire ngo Amen🙌🙌🙌

Photos from Chérubin's post 27/12/2025

KAYANZA music Vs MAKAMBA music

Wewe ubona ari iyihe ntara ifise abaririmvyi benshi?

27/12/2025

The strength of the worker is in the work he does and the product he gets from that work. The joy of the worker is to see those who work for him appreciate it. soon I will give you a song that I would say that contains advice especially showing the longing of lovers who are far away.Ndakwipfurije kuzoba muri benshi bazokwumviriza iyo song🔥🔥🚀 🎤

25/12/2025

MAKAMBA ft KAYANZA

Get ready guyz🔥🔥🚀🔊

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Telephone

Address

Kentuky
Bujumbura
NULU