Hop Vincent
South Capetown
Western plumstead
Artists and content creator
Specialist on social media
Diplomé en 2016
Single
22/03/2026
🔴🔵 Vincent :🇹🇿 Umuririmvyi wicamamare kuva Bongo Fleva Diamond Platnumz inyuma yogushira hanze indirimbo y'iwe shasha y'ise Happy ni Diamond agarutse mushusho y'iwe shasha kumubiri aho yamaze kugira ubwanwa bwishi cane ndetse bikaba biriko bitangaza Abagiye batandukanye kumbuga nguruka bumenyi.
✍️ Mbega mubona Diamond Platnumz aberewe ameze kuno? Akanya nakawe muri commentaries....?
22/03/2026
MOHORO MA HI NA HI..!!!
Mwana uyu uikaine ta Njuguna kana cukura ya nairobi araharuo gatema ni undu wa guoya na kimako, thutha wake gwikira mbica ya muthuri wa mutumia uyu witaguo wa kibathi atari na rutha rwake,, riu njuguna ekorete haceke tondu erituo arute mbica icio na acunge muhera akoruo ti uguo onane na watho.
22/03/2026
“Naramwanka, nkabwira abagenzi banje ko twamutoye mw'ibarabara😭”
🫂❤️🩹Sheila na Shekinah abakobwa babiri beza bavukana mu nda imwe ariko babayeho bankana, batanavugana mu kiringo c'imyaka 10🥹 kandi babana mu nzu imwe
😥Sheila ati: Shekinah namwanse kuva akivuka nabona ko aje kuntwara ikibanza n'umwanya wo kuba umwana wa maman mu gihe ariwe muvyeyi twari dusigaranye😢
Yaravutse haheze amezi icenda Papa wacu aca arapfa💔 ubuzima burahinduka, maman atangura kwitwararika vyinshi harimwo n'umu bébé akiri muto🥲 nca mbona ko Shekinah ariwe azanye ibibazo vyose😓
Nama ndondera ikintu cotuma ndamugirira nabi😔
🥺Shekinah nawe ati: naragerageza kumukorera ibintu vyiza vyose bishoboka nka mukuru wanje kugira ndabe ko yomvugisha😩 ndonse amanota meza niruka kumwereka kugira ndabe ko yonyishimira ariko maze kubona ko ataco biriko biravamwo nanje nca ndamwikuramwo😏
Inyuma y'igihe vyarabaye vyinshi ndamusaba umwanya wo kuvugana kugira bihere nari numva bindemeye cane🥹
Twararize cane turiko turabwirana ibintu ukwo tubibona😭 ca duhitamwo kuba abagenzi kuko tutigeze tuba abavukanyi🫂
Bakunzi bacu ntimurengane iyi nkuru y'aba bana🤌🏾 umviriza ingene ubu babayeho badashaka kubabazanya sha😍
22/03/2026
Name in comment section
21/03/2026
1. Love is not about perfection, it is about patience.
2. True love grows stronger when two people choose to stay, even during difficult times.
3. In love, understanding matters more than always being right.
4. A strong relationship is built on forgiveness, trust, and communication.
5. Love endures when both hearts are willing to fight for each other, not against each other.
6. Hard times do not destroy love; they reveal how deep it truly is.
7. Real love means standing together, even when life becomes challenging.
8. Patience, kindness, and respect are the roots of lasting love.
9. Love is a journey of learning, growing, and forgiving every day.
10. When love is genuine, it does not give up easily.
21/03/2026
Iyo wifuza ubufasha kubantu harigihe buri uwo uyagiye ibibazo ufise
Harigihe utaronka nuwugutabara ukamengo uhetse imikoshi
Ariko mwene data igihe iyo gish*tse vyose biratungana
VUGA NGO Imana ninziza
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
7800