Amie Kelly one

Amie Kelly one

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Amie Kelly one, Health/Beauty, Bubanza.

23/10/2025
20/10/2025

⭕⭕⭕ AMAKURU ASHUSHE ARIKUVUGWA CANE MUMUPIRA W'INKINO.⭕⭕ CANE CANE MURIYIMIGWI IBIRI FC Barcelona & Real Madrid C.F.

⭕Amajambo Ariko aravugwa cane Ndetse bikaboneka ko ayomajambo Arikuvugwa kurababasore babiri Lamine Yamal na Kylian Mbappé ayomajambo yariko yatuma iyimigwi ibiri FC Barcelona na Real Madrid ikora cane kugirango barabe uwuzotahukana ihiganwa rya LA Liga.⭕

Umwe murabo basore avuga Yuko kurukino bazohura Ndetse akabarurukino ruzokurikira mwihiganwa rya LA Liga Arigo El clasico ruzohuza iyimigwi FC Barcelona Vs Real Madrid. 🤔

LAMINE YAMAL avuga Yuko amanota atatu ategerezwa gutaha mumugwi wa FC Barcelona 🤔uyunawe kylian Mbappé nawe akavuga Yuko amanota atatu vyanka bikunda ategerezwa gutahukana umugwi wa real Madrid, twese tukaba turindiranye igishika,ngo tumenye umugwi uzotahukana ayomanota atatu.

👉wewe nkumukunzi wizi Ekipe zibiri canke imwe murizo uvuga ko amanota atatu azotahukana umugwi uwuge❓❓

Wewe nkumukunzi wa FC Barcelona & Real Madrid genda ukoze SWIVRE & Fallow Amie Kelly one

20/10/2025

Twaraye tubikoze bigoranye ariko vyarakunze!!

01/10/2025

Voilà

01/10/2025

🚨 Mu Burundi 🇧🇮 Ngo turakenye kndi turiko dukoresha abazungu mukubaka inzu ziwacu zigezweho kbx Abantu muhindure imvugo ...

Photos from Amie Kelly one's post 14/09/2024
Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bubanza?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Bubanza