Kinhome association
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kinhome association, Health/Beauty, Woter, Bujumbura.
04/02/2026
💘 Saint Valentin na BLACK GENERAL LTD@amstel_bright_burundi 💘
L’amour, le rire et la bonne vibe se donnent rendez-vous 💃🕺
🎤 One Man Show de KIGINGI
🎧 Deejay Philbyte des RUNTOWN DEEJAYS pour une ambiance 🔥
🎙️ MC Uzabaze
🎶 Musique live, surprises, cadeaux et bien plus encore…
🍷 Lancement & promotion d’une nouvelle gamme de vins raffinés « Imagine et Artalis », de standard international de la Société BLACK GENERAL LTD, spécialement pour vos amoureux ❤️ — disponibles à des prix promotionnels.
📍 MIKI
⏰ À partir de 15h
🎟️ Entrée : 10.000 Fbu
👉 Un seul endroit. Une seule date. Une Saint-Valentin inoubliable. 💕
22/10/2025
UGUGUMA KWANYU KW'AMAFARANGA kuva hano....
Insobanuro Ivyo bihumbi ijana, ibihumbi amajana atanu, miliyoni ubifata cane ariko ntubona inyungu yawe iriko iragwira.
Woba u*i aho uriko uraja nabi n’ico wokora?
Ni kuki uronka amahera ariko ntagaragare?
1️⃣ Nta nzira yo gukoresha amahera ufise (nta budget)
Amahera yose yinjira ni wewe ufata ingingo aho aja.
Ico bivamwo: amahera arasohoka imbere y’uko umenya.
➡️ “Amahera atagira umugambi yama aronka inzira yo ku*imangana.”
Ivyo ukeneye gukora:
Wandike ingengo y’imari irimwo ivyerekeye inyungu:
• 50% vy’amahera y’ingenzi
• 30% vy'ishoramari / ku*igama
• 20% vy’umunezero $ amafaranga y’umuntu ku giti ciwe
(canke ushireho urutonde rugufasha ariko ufise indero muri rwo).
2️⃣ Amahera yawe ntakora
Uronka amahera, ariko ukayashira muri banki canke kuri telefone yawe gusa.
Nta co bivamwo.
Ivyo ukeneye gukora:
Gushiramwo amahera mu bice bifise inyungu ku nyungu:
• Amafaranga y’ishoramari (nka UTT AMIS)
• Impapuro z’ideni
• Ubucuru*i bufise uru*iga runaka .
Aho niho amahera atangura gukura, aho niho ibanga ry’ubutunzi.
3️⃣ Uvanga umutungo n'amahera
Uronka amahera y’ubudandaji, ariko inyungu yose uyifata kugira ngo uyikoreshe.
Ivyo ukeneye gukora:
Gutandukanya inkuru zibiri:
• Konti y’ubudandaji
• Konti y’umuntu ku giti ciwe
Kandi wihe umushahara uva mu bucuru*i, naho woba ari muto.
4️⃣ Nta “système de suivi” ufise
Ntimu*i aho ayo mahera yagiye. Iyo udafise record ntaco ushobora gutera imbere.
Ivyo ukeneye gukora:
Koresha porogaramu nk'Umucungerezi w'amafaranga, Igikapu, canke mbere akatabo k'imisi yose:
• wandike amahera yose yinjira n’asohoka .
Uzotangura kubona “ibidengeri vy’imyanda” aho amahera ariko arasohoka.
5️⃣ Ntuwubaka itunga riguha inyungu .
Ugura ibintu bitakaza agaciro (ibikoresho, impuzu, amatelefone), aho kugura ibintu biguha inyungu (itunga).
Ivyo ukeneye gukora:
Ja muri comments vyose ubisangayo bisiguritse neza
.COM
#*share /Like* #
22/10/2025
https://youtu.be/KLkgxGQuuuo?si=cswRIi21cC66RNP9
BIRASHOBOKA BY JEDEE MUSIC BAND BIRASHOBOKA BY JEDEE MUSIC BANDNi indirimbo ihimiriza urwaruka kwihangira imirimo yokwitegurira kazoza keza.Turikumwe twese birashoboka, rwaruka haguruke.Gir...
15/10/2025
abanyafrika muri Espagne
13/10/2025
Mr champagne burya ntakamaro amaze mumuxiki wuburundi ko SAT-B ago mbarira kumusubiza muri CONGo
13/10/2025
kuja CANADA 🇨🇦 ubu biroroshe Eh vyirabire muri comments
13/10/2025
13/10/2025
: Biteye agahinda!😭🇧🇮 Ahari inyubako hasigaye umunyota!!!
Akabare kazwi cane mu gisagara ca Bujumbura, kiswe « Air W***y The Bartender », kazindutse karasha.
🚒 Abajejwe ku*imya, bageze kuhashika ataco bagikiza: Amazu, imodoka, intebe eka n’ibindi bikoresho vyo muri ubwo bunywero bwa kijambere, vyamaze gucika umunyota.
Ako kabare gaherereye muri Quartier Kabondo, kari kazwi cane kubera iforoma kari kubatswemo imeze nk’indege.
Ubu akaba ari amarira n’agahinda ku bakozi bahakora, kuko batabona neza uko bagiye kubandanya babaho, kuko ariho bakura uburyo bubabeshaho.
Mudufashe kubihanganisha!!
13/10/2025
BURUNDI 🇧🇮 to DUBAI : Tuje kuzana amafaranga y'agaciro kuba abarundi mu mahanga kuzana amafaranga y'agaciro niterambere ry'igihugu cacu 😋
#*jeunesse engagee pour le developpement d esprit Entrepreneurial* #
Adresse : kinama Q bubanza 20em Av N 5
CANKE ubandikire kuri watsapp ndetse niyisanzwe : 67866517
ni service nziza yizewe kandi yihuse kuko VISA bayitanga mugihe gito ku 🇧🇮 bakorera mwishirahamwe ryizewe Kandi ryemewe bagakoresha umuco nivyangombwa barabigufasha kubironderera abatabifise kaze mushike kundoto zanyu
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Website
Address
Woter
Bujumbura