Ir Lionel+971
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ir Lionel+971, Health/Beauty, Rumonge, Bujumbura.
Good evening everybody π€
12/07/2026
π΅π΄ Fc Barcelone umusaza iramurekuye akaba agiye kubandaniriza mu mugwi wa PSG.
Igifita intango gifita n' iherezo uwu mugabo ni umunyamugisha kl kuko nta mu menyereza numwe adahuza nawe.
06/07/2026
π΄Umusore yamal, inyuma yuko aja mu bwambariro (vestiaire), yabanje kuja kwihanganisha
Legend w'umupira w'amaguru .
06/07/2026
π΄ Portugal na Cristiano Ronaldo bahejeje gusezererwa na Espagne (1-0).
yatahukanye ibikombe nka vyose ariko Mondial yaramunaniye.
Umusaza akaba asezeye gukinira igihugu ciwe
Akirangije n'amarira π₯²
05/07/2026
you all a blessed Sunday!" βοΈπ
03/07/2026
FT: π¦πΊ Australia 1-1 Egypt πͺπ¬
Penalties: 2-4
Egiputa barazi gutera ama penaliti, barahejeje gushika mugice c'umumani gishira icanyuma mugikombe c'isi β
Ntagihugu na kimwe co mukarere ka Asia kikiri mugikombe c'isi.
03/07/2026
"You are an inspiring in my daily life, sir."ππ
# +971
# et #
π
Category
Website
Address
Rumonge
Bujumbura