Nesta page

Nesta page

Share

Etudiant de l' Universite du Burundi

11/01/2026

ninde atahukana intsinzi uyumusi? twagie mur commentaire

11/01/2026

ahanihe ?

Photos from Nesta page's post 09/01/2026

🏃Karubutse!!
A la suite du recrutement par de plusieurs Agents Enquêteurs ( https://t.ly/P7gRp ) dans le cadre de l’Enquête Intégrée sur les Conditions de Vie des Ménages 2025-2026, Voici la liste de classement par ordre de mérite après le test écrit. Chaque candidat est prié de confirmer sa disponibilité (de janvier 2026 à février 2027) sur le numéro (+257) 79 401 937 et lâ période de confirmation est ffixée du 9 au 12 janvier 2026.
turabakeje abizewe👏

Partage aux concernés

09/01/2026

Kubantu mwatembereye aha nihe??

09/01/2026

Leta Zunze Ubumwe za Amerika zashyize UBURUNDI 🇧🇮 ku rutonde rw’ibihugu abaturage babyo bazajya basabwa kubanza gutanga ibihumbi 15$ nk’ingwate, kugira ngo bahabwe Visa.

Kugeza ubu ibihugu 38 nibyo bizajya bitanga iyi ngwate birimo Antigua and Barbuda, Bangladesh, Bénin, u Burundi, Cape Verde, Cuba, Djibouti, Dominica, Fiji, Gabon, Côte d’Ivoire, Kyrgyzstan, Népal, Nigeria, Sénégal, Tajikistan, Togo, Tonga, Tuvalu, Uganda, Vanuatu, Venezuela and Zimbabwe n’ibindi...

Photos from Nesta page's post 08/01/2026

📢 : Kaminuza ifise uburaro buca itangura mu gisagara ca Masanganzira, komine
--------------------------------------
🏫 Iyo kaminuza ngo izokwakira abashika 300, mu bisata bitandukanye, aho izokwugurura imiryango mu kwezi kwa Kigarama 2026. Ivyigwa bikazotangirwa mu nyubakwa zahora ari iz’ihoteri "Ombre des patriotes" muri komine Kiremba nyene ziriko zirasubigwamwo. Zimwe muri izo nyubakwa zikazokwakira mbere abana b'imicuko (crèche)

✍🏿 Iyo kaminuza ikaba yegukira ishure ry'umushinge w'abakunda igihugu (École de Fondation des Patriotes), aho ryatangujwe ku Masanganzira, muri komine Kiremba, intara ya Butanyerera, rifise abanyeshure 76, buke buke ibikorwa bikaba biriko biratera imbere, muri uyu mwaka w'2026

👨‍🎓 Mwomenya ko iryo shure rifise abanyeshure 1078, harimwo 590 b**a baba mu ndaro n'abandi 488 b**a bataha nkuko bimenyeshwa na Victor Ndabaniwe aserukira Ishirahamwe ry'Abakunda Igihugu (Amis du Développement Socio-Économique)

❓ Muti iciyumviro ca Kaminuza caje gute? Umushinge bafatiyeko mu kwiyumvira gushinga iyo kaminuza yigenga ifise uburaro, ngo hisunzwe imbonokazoza hamwe n'akamo indongozi z' Uburundi zateye ababishoboye kugwiza amashure afise uburaro

🙏🏾 Abavyeyi hamwe n'abakora mu gisata c'indero barakenguruka iciyumviro co gushinga kaminuza kuko abanyeshure bava mu mihingo itandukanye yegereye ico gisagara ca masanganzira bahora bahura n'ibibazo vyo kwiga kure y'imiryango yabo bivuye ku buryo buke.

👀 Musomyi iyo nkuru uyakiriye gute?

.page

Photos from Nesta page's post 07/01/2026

✍️Uyu mufana w'umugwi nserukiragihugu wa RDC mumubona gute ???
Mubona akwiye agashimwe nyabaki ????
Ibaze kumara iminota irenga 90 uhagaze utaninyangaza kubera ukunda umugwi

18/11/2025

🛑🚨⚠️NEW: Gushika ubu, ibi nivyo bihugu bimaze kuronka itike y'igikombe c'isi 2026 🏆🔥

🌍 Afrika :

🇸🇳Sénégal
🇿🇦Afrika y'epfo
🇨🇮Côté d'Ivoire
🇬🇭Ghana
🇨🇻Cape Vert
🇲🇦Maroc
🇪🇬Egiputa
🇹🇳Tunisia
🇩🇿Algeria

🌍 BURAYA :

🇩🇪Germany
🇳🇱Netherlands
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿England
🇨🇵France
🇵🇹Portugal
🇭🇷Croatia
🇸🇯Norway

🌏 ASIA + OCEANIA

🇯🇵Japan
🇰🇷Koreya y'epfo
🇮🇷Iran
🇺🇿Uzbekistan
🇯🇴Jordan
🇶🇦Qatar
🇸🇦Saudi Arabia
🇦🇺Australia
🇳🇿New Zealand

🌍 AMERIKA Y'EPFO :

🇧🇷Brazil
🇦🇷Argentina
🇪🇨Ecuador
🇺🇾Uruguay
🇨🇴Colombia
🇵🇾Paraguay

🌍 AMERIKA ya Ruguru no Hagati:

🇺🇸USA
🇨🇦Canada
🇲🇽Mexico

Ibihugu 34 kuri 48 nivyo bimaze kuronka itike muri aka kanya tuvugana!

Hasigaye kumenyekana ibihugu 14!

Mwomenya yuko ibihugu 48 muri rusangi nivyo bizokwitabira igikombe c'isi 2026

Muri ivyo bihugu :

16: bizova i buraya

9: bizova muri Afrika ( bishobora gukwira 10)

8: bizova muri Asia ( bishobora gukwira 9 )

6: bizova muri Amerika y'epfo ( bishobora gukwira 7 )

5: bizova muri Amerika ya ruguru no hagati ( bishobora gukwira 6 )

2: bizova muri Oceania ( bishobora gukwira 3 )

2: bizova mu majonjora hagati y'imigabane ( hamwe Congo izoca mu kurondera itike )

Cape Vert, Jordan na Uzbekistan baronse itike y'igikombe c'isi ku ncuro yabo ya mbere muri kahise!!🏆

* ( Bishobora gukwira ) ni ukuvuga ibihugu bizobaserukira muri za Play-offs Congo izojamwo, ibihugu bibiri bizotsinda, bizotuma igitigiri kuri uwo mugabane ciyongera

Akarorero muri Afrika bishobora gukwira 10 Congo iramutse itsinze muri Play-offs, ikaronka itike!

18/08/2025

💥✅17/08/2025 Games Results:
FT: 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Nottingham Forest 3-1 Brentford
FT: 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Man United 0-1 Arsenal
FT: 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿Chelsea 0-0 Crystal Palace

FT : 🇪🇸 Espanyol 2-1 Atlético Madrid
FT: 🇪🇸 Athletic Bilbao -3-2 Sevilla
FT: 🇪🇸 Celta 0-2 Getafe

FT: 🇧🇮Flambeau du Centre 2-1 Rukinzo FC
FT: 🇧🇮Bumamuru FC 2-1 Musongati FC
FT: 🇧🇮Ngozi City 1-1 Olympic Star

FT: 🇫🇷 Nantes 0-1 PSG
FT: 🇫🇷 Brest 3-3 Lille
FT: 🇫🇷 Angers 1-0 Paris FC
FT: 🇫🇷 Auxerre 1-0 Lorient
FT: 🇫🇷 Metz 0-1 Strasbourg

FT: 🇵🇹 Rio Ave 1-1 Nacional
FT: 🇵🇹 Alverca 0-3 Braga
FT: 🇵🇹Santa Clara 0-1 Moreirense
FT : 🇵🇹Sporting 6-0 Arouca

FT: 🇨🇩 DRC 1-3 Morocco 🇲🇦
FT; 🇿🇲 Zambia 0-1 Kenya 🇰🇪

▫️ Mu Rwanda APR FC yatsinze Power Dynamos yo muri Zambia ibitsindo 2 kubusa 😳 murukino rwa Gicuti 🔥

▫️ Primus League 🇧🇮 Kayanza United uraziyoboye inyuma y'inkino za round yambere 🤯

▫️ Atlético Madrid itanguye Shampiyona ikubitwa

▫️ Neymar Jr na Santos yiwe babagenye ibitsindo 6 kubusa 😳🔥 inyuma y'urukino Umumenyereza wayo yaciye yirukanwa

.page*

14/08/2025

Ibintu 5 biranga umukobwa yironkeye uwundi akurenze aritayali kumushira murugo nawe ukimwizeza ngo ejo niheza komeza undindire.

1.Ntasubira guha agaciro ukwumvikana hagati yawe nawe we aguma arondera kukuvuruga gusa arondera Impamvu Wewe wokwivumbura ukavuga ngo ndaguhevye Aho aba yarabuze uko womuvira mubuzima yidegemvye n'uwo yironkeye.

2.Akoze ikosa ntakenera Kumenya ikosa yakoze aha hose abarondera ko wigumura umuhebe vyitwe ko ariwewe bivuyeko🫢 Ibi biremwa vyavuye mumbavu zacu birinubwenge ntuzigere umwidogera ngo yaraguhemukiye.

3.Acaguma agusaba ibintu bikurenze arazi neza amikoro yawe uko angana ariko acaguma agusaba ibintu bikurenze ahahose abashaka invo nimvano yotuma uvuga ngo duhebane ndarambiwe vyitwe ko ariwe watanguye kurambirwa 🫢

4.Ntatinya kugendana n'abandi bahungu ubona utabibona naho aragerageza kuza arishirisha Abahungu Kuma statu kugira akubabaze umutima bikunde wiyomore.

5.Ntasubira kukwishura kumwanya messages zawe asigara yishura ashatse canke wandika sambili akishura Satanu cank kumugoroba Ibivyose abarondera kukurusha uhebe uyamanike umu bloqué

Aha hose abayanse kwerekana ko atariwe bivuyeko ko vyavuye kuriwewe ariwe warambiwe mugihe ariwe ntandaro Kandi wamukunda.

Akenshi abayaronse abakurenze yaronse uwihuta yipanze yamaze kwipanga salon yayujuje akabati nigitanda biruzuye muri salon hapanze neza icari kibuze yari umukobwa gusa bogirana mariage.

Mugihe Wewe ukimubwira ATI imbere niheza atanisemo uratangura aha umukobwa atari umukobwa yitahuye yamenye Imana biragoye kubona umukobwa yokwihanganira akabona abipanze ngo akugumeko benshi bahitamwo kuguta bakigira kubamaze kwipanga hasigaye itariki gusa ya mariage

Musore Bikubayeko urihangana warikumwe nibitarirwawe kuko ikintu Cawe naho vyogenda bite Ntaho kija ,jewe Mr Mulefu umukobwa yihangana namubonye Rimwe mubuzima sinzi ko nzongera kumubona ariko bariho ariko nibake bari kurushi

Ariko Imana ihezagire abakobwa Bose bihanganiye aba chr babo gushika umusi Imana izohezagira
.page

Photos from Nesta page's post 13/08/2025

Ibiciro bishasha vy inzoga za Brarudi.

soma aho hepfo kw ifoto urabe ingene zigiye kugurwa

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Address


Avenue Sanzu
Bujumbura