Bonaventure official
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bonaventure official, Health/Beauty, à gitega, Bujumbura.
06/08/2023
Bonaventure official
30/06/2023
🎻 Inyuma yo kuryohera abateramyi, vyakozwe na ba baririmvyi twari twababwiye ari bo Double Jay, n'umugwi We love musika, hahejeje guturitswa ama "feu d'artifice" vyamaze iminota yababa 20, impundu n'umuziki birasamirana, ivyagwije umunezero ku banyagitega
🔵 Muri uno mwanya nyene, Umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba aciye afata urugendo, nayo abaririmvyi batumiwe bakaba bihaye intego yo kurara baragacezana n'abanyagitega, ababishoboye bakesheBoBonaventure officialfBonaventure official
30/06/2023
🔴 😍 GITEGA IWABO N’INGOMA
Abatimbo bo mu gishora nibo buguruye igiteramo ndangakaranga, kiriko kibera kuri Stade INGOMA y’i Gitega, umurwa mukuru wa politike. Ku murisho udasanzwe berekanye ubuhinga bafise mu kuvuza ingoma z’Uburundi.
Ico giteramo catunganijwe mu ntumbero yo guhimbaza imyaka 61 irangiye Uburundi buronse intahe yo kwikukira.
officialfBonaventure official
gys aho iwanyu aka wikend kataguye nezaBonaventure official
30/06/2023
🔴😍Pour la première fois dans l’histoire du Burundi, la province de Gitega accueille les cérémonies de la célébration de l’indépendance du pays.
À la veille de l’événement, une veillée culturelle est organisée au Stade INGOMA de Gitega, le coeur du Burundi.
officialfBonaventure official
Intwari sha murukudoBonaventure official
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
à Gitega
Bujumbura