Meilleure Santé pour Tous

Meilleure Santé pour Tous

Share

Service traitant les pathologies à base du Système de Restauration et Régénération Cellulaire.

14/06/2026

AMAGARA MEZA KURI BOSE

NIWUMVA BAKUBWIYE ROCENTA,PRODUIT IRIKO IKORA AMATEKA MENSHI CANE KW'ISI

MU KUVURA INGWARA NYINSHI ZITANDUKANYE NI ✡️✡️ ROCENTA ✡️✡️

SHIKA MURI DYNACE GLOBAL BURUNDI UMENYE VYINSHI CANE MUTARI MUZI KU BIJANYE N'AMAGARA Y'BANTU

DUKORERA AHA I BUJUMBURA CENTRE VILLE IMBERE YA CLINIQUE DE L'OEIL

HARI ICO MUBAZA CA KURI

+25769948264

03/06/2026

AMAGARA MEZA KURI BOSE

AHA TURI MURI DYNACE

IYI FOTO MUBONA HANO NI PRODUIT YAMAMAYE KW'ISI ,YITWA

🧡🧡 DYNACE TRIPLE ROOT🧡🧡

IYI PRODUIT YAJE ARI INYISHU KURI BA BANTU BOSE B'IGITSINA GABO BAGIZE IKIBAZO CO GUTAKAZA INGUVU ZO KURANGURA AMABANGA Y'ABUBATSE

AHA TURAVUGA BAMWE USANGA BARAGERAGEJE IMITI YOSE ISHOBOKA BIKANKA,

IYI PRODUIT TRIPLE ROOT NI INYISHU NZIZA CANE KW'ABO BANTU.

NTIMUSUBIRE GUHANGAYIKA ,UMUTI WARABONETSE KANDI UMAZE GUFASHA BENSHI .

N.B: NTAHANDI UZOSANGA IYI PRODUIT ATARI MURI DYNACE,
BAMWE MWAHORA MUFATA

✡️✡️ FURAHA CANKE SILDENAFIL✡️✡️
NGICO IGISUBIZO KURI MWEBWE

DUKORERA AHA I BUJUMBURA CENTRE VILLE IMBERE YA CLINIQUE DE L'OEIL.

HARI ICO MUBAZA, CA KURI+25769948264

15/05/2026
09/06/2025

Meilleure Santé à tous et à toutes

L'information très importante à toute la cominauté burundaise;

Actuellement on enregistre un très grand nombre des Diabétiques, sans envisager le degré de gravité,,venez nombreux vous faire soigner, le traitement est curatif, ce qui est nouveau pour beaucoup de personnes,
Si besoin, appelez à 69948264

09/06/2025

`SEZERA ISHANO,KWUZURA INDA,CONSTIPATION,ESTOMAC,AMIBE.....`


Produit nziza cane *COLON GUARD *INYISHU KURI WEWE* ifise ubushobozi mukugwanya ibi bikurikira:
1. Kuri wewe wariye Ishano iragkoropa neza atagisigara(Ubaye ufise uwiwawe wayiriye canke nawe ufise ubwoba ko bitaheze koresha iyo produit ya COLON GUARD
2. Kuri wewe ufise kuzurirana munda (Constipation) ntuzusubire kwiruka utakaza umwanya ngiyi produit iri kubica bigacika muri Africa nzima.
3. Wewe ufise ibibazo vya ESTOMA waruziko nivyananiranye ahandi wibagigwa ububabare umaze kuyifata.
4. COLON GUARD mukugwanya Cancer yamara(cancer d'intestins)
5. Ino produit mukongereza abasoda b'umubiri nirurangira ( *Kuri wewe ufatwa nutugwara twose tuje tukakubasha fata COLON GUARD
6. MBE waruzi ko wewe wabuze UKo ugabanya ibiro(ibiro vy'umurengera) bakubarira ko bitashokoka fata COLON GUARD

UFISE ICUBAZA AKURA:+257 69948264
Iyo produit ntahandi muzoyisanga atari muri CENTRE THERAPETIQUE NATUREL YES Global Burundi Kaze Mwivuze Amagara aruta Amajana🥰🥰🥰🙏

12/04/2025

Consultez - nous ici à Bujumbura,
Il y aura une très meilleur prise en charge,
Si besoin ;whatsapp :+25769948264

08/04/2025

PRÉVENIR EST MIEUX QUE DE GUÉRIR, MAIS GUÉRIR TÔT EST AUSSI IMPORTANT
+257 69948264

Évitez ces problèmes et consultez si vous avez :

👉 Diabète,
👉 Hypertension artérielle,
👉 Maladies des articulations,
👉 Problèmes cardiaques,
👉 Problèmes d'estomac,
👉 Maladies des reins,
👉 Excès de graisses,
👉 Obésité,
👉 Problèmes musculaires,
👉 Mal de dos,
👉 Maux de tête persistants,
👉 Problèmes de vision,
👉 Gonflement,
👉 Fatigue excessive,
👉 Gonflement du ventre,
👉 Fatigue mentale importante,
👉 Douleurs articulaires,

MALADIES GÉNITALES :

👉 Ma********on excessive,
👉 Éjaculation précoce,
👉 Perte d'énergie pendant les rapports sexuels,
👉 Dysfonction érectile (impuissance),
👉 Douleur pendant les rapports sexuels,
👉 Problèmes liés à la qualité du sperme,
👉 Manque de libido,
👉 Et d'autres troubles sexuels chez les hommes, contactez-nous pour obtenir de l'aide.

POUR LES FEMMES :

👉 Manque de libido,
👉 Absence de règles,
👉 Douleur pendant les rapports sexuels,
👉 Douleur pendant les menstruations (dysménorrhée),
👉 Mauvaise odeur vaginale,
👉 Infections vaginales,
👉 Règles irrégulières,
👉 Avortement spontané,
👉 Effets secondaires de la planification familiale (PF),
👉 Et d'autres maladies non mentionnées ci-dessus, contactez-nous pour vous aider.

POUR LES ENFANTS :

👉 Difficulté de croissance,
👉 Perte d'appétit,
👉 Re**rd de croissance par rapport à l'âge,
👉 Troubles cognitifs.

Pour toutes les maladies non mentionnées, contactez-nous pour une consultation.

NOUS SOMMES AU BURUNDI
NOUS NOUS TROUVONS À BUJUMBURA, ROHERO 2, AVENUE BUTUTSI
WhatsApp : +257 69948264

31/03/2023

AMAGARA MEZA KURI BOSE,

Hari abantu benshi usanga bafise ibibazo vy'ubugwayi bagendanye igihe kirekire,
Kenshi umuntu akagera kwivuza yaramaze gusinzikara,ivyo rero tubibona kenshi aho umuntu afatwa n'ingwara ya Diabète akazoyimarana igihe kinini ayigendana aguma apfupfahaza,akazogera kwivuza yaramaze gusinzikara amaze kuba paralysé canke gufatwa n'amaso aturutse kuri Diabète,canke ugasanga amaze nokugira ibikomere bidakira;mw'ico gihe kuvugwa bica bigorana kandi bigatwara n'uburyo burenze,

Canke umuntu agafatwa n'ingwara ya Goutte,akazoyimarana igihe kinini ayigendana,harya yamaze kugira nk'ibivyimba mu ngingo ;nko munkora ku ntoke canke ku mavi na handi,akaba ariho atangura kwivuza,mw'ico gihe aba yarasamaye cane bica bimugora kandi bigatwara uburyo burenze,

Ahandi umuntu akicara abizi ko afise ikibazo ca Cancer agahenga hamwe bimaze gukomera akaba ariho atangura gusesa amahera ngo yivuze,

Hamwe n'izindi ngwara tutarinze kuvuga kuko murazi ko ingwara zihanze abantu ari nyinshi,

NB: Kaze mu Kigo cacu ca NORLAND hano i Bujumbura, tubafashe, ivuze hakiri kare mutarabanza gusinzikara kuko bica bibogora kwivuza,dufise imiti ikaze cane ikozwe mu bimera itangira ingaruka mbi ku magara y'abantu kiretse kubavura,kandi mu bihugu vy'Uburayi, imiti yizewe cane kandi imaae gufasha benshi bagakira.

Hari ico mubaza,canke kumenya adresse neza,canke mushaka kuronka insiguro zihagije,
Akura kuri:

+257 71240928(whatsapp)

+257 69948264(zisanzwe)

NORLAND BURUNDI ku bwanyu,
Kaze mwivuze,amagara ni amazi aseseka ntibayore.

24/02/2023

Meilleure santé pour tous

Vaut mieux prévenir que guérire

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Kamenge, 9 ème Av
Bujumbura