Ejo heza
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ejo heza, Health/Beauty, Mukaza - Jabe 1, Bujumbura.
09/11/2025
✅🔴👊MBEGA Amakuru mabi kuri Real Madrid uvunikishije uwundi mukinyi 😪😭
▪️⚡Inyuma yokuronka amakuru mabi ko Umusore wabo Kylian Mbappe ahejeje kugira imvune kumusi wejo mwijoro none mukanya bahejeje kuronka ayandi makuru mabi avuye muri Argentine😭
▪️⚡ Franco Mastantuono yaraye nawe agize imvune kwitako ryiwe ryibubamfu mbere vyatumye atera avanwa muri équipe national agarukanwa i Madrid be na kylian mbappe
▪️⚡Ariko kugeza kano kanya yaba Kylian Mbappe canke Franco Mastantuono ntanumwe haramenyekana igihe azomara atagaragaye mukibuga ariko ico mwomenya bose bamaze kuba bavanwa mumirwi nserukira bihugu bagaruka mumurwi wa Real Madrid
▪️⚡ Umurwi wa Real Madrid bishobora kutaba bigiye koroha kuko imvune ziriko zibabera ndase kuko kugeza kano kanya abakinyi hafi 7 bari mumvune 😭
▪️Kylian Mbappe
▪️Trent Alexander Arnold
▪️Dean Huinjsen
▪️Ferlan Mendy
▪️Franco Mastantuono
▪️Antonio Rudiger
😪😭Aha umurwi wicunge kuko ivyo mboa kuri El Classico bidhobora kuba bibi pe
résumé du match Newcastle United vs Barcelona FC Champion's Ligue
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Culinary Team
Attire
Website
Address
Mukaza - Jabe 1
Bujumbura