Terimbere nawe
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Terimbere nawe, Health/Beauty, Rutana, Bujumbura.
01/07/2023
Turamenyesheje abenegihugu bo muri COMMUNE BUKEMBA no mumicungararo yaho bipfuza gukora UBWOROZI ko muri SOCIETE MODIFAC tubafitiye AMAGI Y'INKOKO ZA KIJAMBERE meza cane YO KUBUNDIKIRIZA kandi KUGICIRO kitavuna.
Muri MODIFAC kandi haratangwa ibi bikurikira:
1. INYIGISHO z'ubworozi bwa KIJAMBERE.
2. Ibiryo vy'inkoko n'ingurube;
3. Turabafasha no muvyerekeye UBUVUZI.
"MWIBUKE KURAGIZA UHORAHO IBIKORWA VYANYU KUKO HANDITSE NGO: "UREMEKE UHORAHO IBIKORWA VYAWE NIHO IMIGABO YAWE IZOKOMERA"
Imig16:3.
ICUBAHIRO KIBE IC'IWE IBIHE VYOSE.
Ntivyizana biraronderwa.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Rutana
Bujumbura