Sachelle ndakunzwe
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Sachelle ndakunzwe, Health/Beauty, Burundian, Bujumbura.
14/08/2024
β mwese π
04/08/2024
ndabasuhuje mwese πβ
04/08/2024
mweseβπ
20/07/2024
ntivyari bikwiyeko kugirango ishimwe wakwambara uku kugirango umusore cibure umugabo wenda agishimwe wakwambara uku no kuko uno musi aho navuga tugeze saho umusore yakwemera gutwara umukobwa wambaruku arabase uyumukobwa mumutwewe hahagaze gute mbaga twafashanya mubyerekeye ubuzima abakobwa nkaba mumutwe 0 bonukuryoherwa gusa ibyurugo ntiwababazaga oya kandi nabavyeyi barabibashigikirako bakabemerer kwambara uku yari nakwirenganiraga
20/07/2024
bavyeyi murihe raba abana banyu mubagarukire muvye nimba ufite umwana arezwe neza ntiwere kwibi bimwandukira reba izinyambaro mbega umuvyeyi yamwibarutse wewe biramuhimbara ibi biva kuribaba vyeyi bashaka kurera abana baba dekesha ndavuga uko umwana yipfuza kwitwara ukamushigikira mbega wibazako aramahoro umushakira ukowikwegera kwicuza nogutikwa ko utavyaye kandi waravyaye uriwe vyavuyeko yari nirenganiraga
20/07/2024
ukwambara uku sivyiza kumwana umukobwa kuko hamwe muhoramwumva ngo bafashwe kunguvu bivakuribo kuko nyakuntu wombwirako wakwera kwambara uku ukemerako ufotowa ugashira kurubuga mbaga abavyeyi bawe babibonye bokwifata gute bakobwa jenzoguma mbahanura kuko ningirakamaro kuko jembana igisigaye nukugenda gusa kuko ntaco musigaje mwiharure mwambare inyambaro ibabereye yari nirenganiraga
20/07/2024
mukobwa mwigeme ibintibizaka kubeko kuko namakosa kwambara umupira nkuyu ukwerekana umukondo nibibi kuko umukondo nikimenyetso curwugariro rwumuntu ndavuga ninkumuryango wumubiri wumuntu rero iyo ugenda uwerekana abadayi Barakunda kukobiborohera gukoza umuntu ico bashaka ubwambere bagutera 1) 2) ubushake nibindi.....
Yari ndakunzwe nirenganiraga
19/07/2024
mwirinde abakobwa nkaba mubuzima bwanyu.wewe usoma wirinde kuko abakobwankaba ntarugo baba bashoboye baba bamaze kumera nkibimuga mubuzima bwabo bameze nkigitungwa ugaburira aho kiri kuko uyu ntaco akora wewe washimye kumutwara niwe usigara wicuza yari ~ ndakunzwe nirenganira
19/07/2024
Kuki impuzu zimpinja mugomba kuzigarurira ndeberankuyu vyukuri nta soni vyukuri aga nkaka ngurambaye bamwiha agaciro nabo muzavyara nuku yari ~ndakunzwe narenganaga
19/07/2024
Arikose nkababasore you no barakomeye canke navugako arabasaz umukobwa yabicaye impande yambaye ubusa baramureka ariko ntimubonako nabahungu babifisemwo uruhara kuki mutababirukana bamaramare bikunze wazibataburirak ninkoni nyinsh bakikwiza ntimubonako isi varimwo kuyigira S***M nivyabereyeyo aramahano biteye isoni nubwoba yari ~Ndakunzwe nirenganira daa
19/07/2024
Impanuro musore wihutirakwuiyumvirako umukobwa witwara uku yokubera umukenyezi non utazicuza genzuraneza mbega yubaha IMANA nibindi(.... ...)bakobwa ukusuguteza isoni IMANA yabaremy ndetse nabavyeyi banyu babavyaye kwambaruku bikugezeh kwatanyungu hama ngobabafashe kunguvu arimwe mwifatisha kunguvu gos ambara inyambaro zibereye hama uhabwe iteka ubu ahisigeze ntikeneyivyo ikeneye ubwambere mumutwe ndavugubweng ese nkuwashir munzu uyu yakumarira iki?? Yari ~Ndakunzwe naza nirenganira . Impanur yagusa
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Culinary Team
Attire
Website
Address
Burundian
Bujumbura